Insamirizi na Terevisiyo vya Repubirika y'Uburundi (RTNB) ngo yoba igiye kurihishwa ihadabu ingana n'amafaranga ibihumbi icumi vy'amanyamerika biturutse ko ngo yoba yarahonyanze amategeko ikerekana ku!-->…
Ihiganwa rya Primus league ryabandanije kundwi ya 28 yaryo kuva kuri uyu wa gatandatu waraye uheze no kuri uyu w'Imana. Uku nko kmigwi yatsindanye: Kayanza united yatsinzwe na LLBS4A ibitsindo 2 Ku 0 Bumamuru Fc!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Saido Berahino NGO yagize uruhara runini kugira intamba mu rugamba zitabire inkino za CAN2019. Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba akinira umugwi Stock City uri mu cicaro ca kabiri mu Bwongereza Saido!-->!-->!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo igira 28. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Ntwarante umwaka wa 2019: Buja city izakwakira Musongati Fc isaha indwi n'igice 13h30 ku kibuga citiriwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu wa Gabon les Panthères de Gabon wakinye n'intamba mu rugamba mu rukino rwo kuwa 23 Ntwarante ugiye gufutwa. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe n'umushikirangaji w'inkino n'imicokama!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yaranezerejwe n'itsinzi y'intamba mu rugamba. Inyuma y'aho umugwi w'intamba mu rugamba wari uhejeje kunganya na Gabon igitsindo 1-1 mu rukino rwo!-->!-->!-->!-->!-->…
Simplice Ngendakumana arashima ukuntu amerewe mu gihugu ca Ukraine. Igenekerezo rya 12 Ntwarante umwaka uyu mwaka wa 2019 niho umukinyi w'inyuma mu umugwi LLBs4A Simplice yashika mu gihugu ca Ukraine ashikira mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukiragihugu w'intamba mu rugamba w'abatarenza imyaka 23 waraye usezerewe n'umugwi wa Congo Brazzaville . Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Ntwarante umwaka wa 2019 i Brazzaville aho umugwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Fiston abdoulrazzaq abandanya yandikisha amateka atari bwakorwe n'uwundi mukinyi w'umurundi Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Ntwarante umwaka wa 2019 Ishirahamwe ritwara umupira w'amaguru muri Africa CAF!-->!-->!-->!-->!-->…
Abakinyi b'umugwi nserukiragihugu wa Tanzania bahawe ibibanza vyo kwubaka amazu mu gisagara ca Dodoma. Inyuma y'aho umugwi wa Tanzania Taifa Stars utsindiye ibitsindo 3 ku 0 umugwi nserukiragihugu wa Uganda!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.