Kizigenza w’Intamba mu rugamba Saido Berahino ariko yigenza neza muri Chippre . Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 18 Ruhuhuma 2023 , umugwi Ael Limassol ukinamwo Saido Berahino wari waramutse utana mu mitwe n’umurwi wa Ael…
Umurwi Vital’o Fc waraye utakaje urukino rw’indwi ya 20 utsinzwe n’umurwi Bumamuru FC . Hari kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2023 , isaha icenda z’umuhingamo 15h00 mu Cibitoke ku kibuga Urunani aho…
Inyuma yaho umurwi Bumamuru Fc unyagiriye Vital’o Fc , imvukira zo muri iyo ntara zatanze agashirukabute ku bakinyi b’uwo murwi . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2023 , aho umurwi Bumamuru Fc wo mu ntara ya…
Mu Burundi haraye huguruye ihiganwa ry’umwaka ry’urukino rwitwa Teqball . Hari kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2023 , isaha zine zo mugitondo (10h) kuri Olympafrica mu Kanyosha , aho hari haramutse hugururwa…
Ihiganwa rya Handball ku rwerwo rw’igihugu ryaraye risozerewe . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2023 ku kibuga ca Cecinga mu Ngagara aho hasozerwa ihiganwa rya Handball ry’umwaka wa 2021-2022 ku…
Ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s League rigiye kubandanya ku ndwi igira 12 yaryo . Urukino rukomeye cane ni urukino ruzoba ku musi w’Imana igenekerezo rya 19 Ntwarante 2023 isaha zitatu zo mugitondo 9h00 ku kibuga Gatwaro…
Umurwi Bujumbura City uhambije Vital’o Fc mu Kayanza . Amakuru Indundi Sports yaronse n’uko umurwi wegukira igisagara ca Bujumbura , Bujumbura City ugiye kuza urakirira inkino zawo mu ntara ya Kayanza ku kibuga Gatwaro . Ayo…
Umukinyi w’Umurundi Hussein Shabani Tchabalala yaraye afashije As Kigali kunganya na Sunrise Fc. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 16 Ntwarante 2023 , niho umurwi As Kigali wari wakiriye umurwi Sunrise mu rukino…
Umurwi Espoir Fc wo mu cicaro ca mbere mu Rwanda uhejeje kumenyesha icese ko ugiye kumenyerezwa n’umumenyereza w’umurundi Gustave Niyonkuru . Uwo mumenyereza akaba agiye kumenyereza umurwi Espoir Fc mu kiringo…
Ububabare Saidi Ntibazonkiza yari amaze imisi afise mw’ipfundo ry’ukuguru kw’iburyo bwatumye ataboneka mu mu rukino rwa Horoya Fc bwaheze . Umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza agiye kuboneka mu rukino rwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.