Umukinyi w’ intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssouf agiye kusubira gukina inkino za UEFA Conférence League Amategeko ya UEFA yama yemerera abakinyi bagera kuri 3 biyongera mu gitigiri c’abandi bakija iryo higanwa, Umurwi OGC…
Umukinyi w’umurundi aba muri Africa y’epfo agiye gukinira Academy Sporting de Lisbon icicaro cayo kiri muri Africa y’epfo. Hari kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2023 aho umukinyi w’umurundi Alex Nukuri …
Umukuru w’igihugu ca Tanzania Samia Suluhu Hassan yashize kumeza imiriyoni 5 kuri buri mukinyi wa Young Africans hamwe na Simba Sc azokwinjiza igitsindo . Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Ruhuhuma 2023 , umukuru…
Uburundi bugiye gukina inkino zibiri za kivandimwe n’umurwi nserukira gihugu wa Kenya Harambe Stars . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 09 Ruhuhuma 2023 aho Umumenyereza Mushasha w’Intamba mu rugamba hamwe n’icegera…
Umurwi Inter Star waraye ugendewe n’umwe mu bakunzi bawo akomeye aba hanze . Hari kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 07 Ruhuhuma umwaka wa 2023 , niho umwe mu barundi aba mu bwongereza yama ashigikira umurwi Inter Star…
Umurwi Magara Young waraye ugiraniye amasezerano yo kuza urambikwa n‘ishirahamwe NOBAC . Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 07 Ruhuhuma 2023 aho umurwi Magara Young Boys ukina mu cicaro ca mbere muri Primus League…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza yaraye atowe n’abakunzi b’umurwi Simba Sc nk’umukinyi yaranze ukwezi kwa Nzero 2023. Saidi Ntibazonkiza mu nkino 4 amaze gukinira Simba Sc amaze kuwutsindira ibitsindo 6 atanga…
Umukinyi w’umurundi Hussein Shabani Tchabalala abandanya yigenza neza mu gihigu c’Urwanda . Ku musi wa gatandanu igenekerezo rya 04 Ruhuhuma 2023 , umurwi As Kigali wari wakiriwe n’umurwi Police Fc mu rukino rw’indwi igira 18…
Umukinyi w’inyuma w’umurundi Nshimirimana David yaraye afashije umurwi wiwe gutsinda Wazito Fc Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 04 Ruhuhuma 2023 aho umurwi Sofa Paka wari wakiriwe na Wazito mu rukino rw’indwi…
Ikibuga citiriwe Intwara kibandanya gishigikirwa n’amashirahamwe atari make . Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 03 Ruhuhuma 2023 isaha zibiri zo mugitondo ( 8h00) niho amashirahamwe yo kuziganya no kuguranana 31 kuri 45…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.