ku musi wa gatatu igenekerezo rya 11 Nzero 2023 hakozwe itombora y’ingene imirwi izohura mu nkino za mbere z’igikombe citiriwe umuhisi Prezida Nkurunziza . Ni ubwambere Fondation Pax Burundi itunganya ico gikombe…
Umurwi wa karate w’igiporisi c’Uburundi Rukinzo wateguye ihiganwa rya Karate rya Inter Club amical ihuza imirwi 9 yo mu ntara zitandukanye z ‘Uburundi . Iryo higanwa rikaba ryateguwe mu ntumbero yo gutegura inkino…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 6 Nzero 2023 i Zanzibar niho hari haramutse habera inama idasanzwe ijanye n’amatora y’inama nkuru ya CECAFA. Abarongoye amashirahamwe y’inkino atandukanye yo muri kano karere…
Uwahoze ari umumenyereza mukuru wa Bumamuru Fc Vivier Bahati ngo ntarota aba icegera c’umumenyereza Joslin Bipfubusa kuko ari ibintu bitari mu masezerano yagiraniye na Bumamuru Fc . Ivyo bikaba bibaye inyuma yuko umurwi…
Umumenyereza Joslin Bipfubusa yari yafashije Bumamuru gutahukana igikombe c’Umukuru w’igihugu c’umwaka 2021-2022 munyuma aca yerekeza muri Tanzania yagarutse muri uwo murwi . Joslin Bipfubusa yahora amenyereza…
Uwahoze ari umumenyereza mukuru w’umurwi Magara Young Boys Ismail Nduwantare yerekeje mu murwi Olympic w’i Muyinga . Uwo mumenyereza akaba yemereye Indundi Sports y’uko agiye kumenyereza uwo murwi wo mu ntara ya…
Umukinyi w’umurundikazi Sandrine Niyonkuru yaguzwe mu mugwi wa Tutankhamun Fc wo mu cicaro ca mbere muri Egypt . Uwo mukinyi w’umurundikzi akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo…
Biravurwa ko Umumenyereza mukuru wa Kayanza United Niyonkuru Gustave ashobora gushira umukono ku masezerano yo kumenyereza umugwi Espoir Fc wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda . Gustave Niyonkuru akaramuka agiye…
Umugwi Aigle Noir Cs waraye unganije na Chipukizi Fc muri rya higanwa rya Mapinduzi Cup ririko ribera mw’izinga rya Zanzibar . Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 02 Nzero 2023 , aho umugwi Aigle Noir Cs wa…
Umunonotsi w’umurundikazi Francine Niyonsaba yaraye asozeye umwaka afashe ikibanza ca kabiri . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 31 Kigarama 2022 I madrid mu gihugu ca Espagne niho umunonotsi w’umurundikazi yiruka…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.