Mu mpera z’indwi yaraye iheze , ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s League ryarabandanije ku ndwi yaryo igira 7. -Umugwi wa Intwarikazi wanyagiye Etoile du Matin ubutsindo 4 kuri 1 - PVP Buyenzi yanyagiye Onze etoiles…
Abashikiranganji bagize Reta y’Uburundi hamwe n’Umukuru w’igihigu Evariste Ndayishimiye nabo nyene baterereye amafaranga angana n’imiriyoni 100 z’amarundi kugira ikibuga Intwari kibandanye cubakwa . Ivyo bikaba…
Abagwizatunga bo mu Burundi hamwe n’amabanki , amashirahamwe bahejeje guterera amafaranga atari make kugira ikibuga citiriwe Intwari kibandanye cubwaka. Hari kuri uwu wa kane igenekerezo rya 22 Kigarama 2022 ku kibuga Intwari…
Umukinyi w’umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Pacifique Niyongabire agiye gukina mu gihigu ca Canada. Uwo mukinyi akaba yaguzwe n‘umugwi wa Valour Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Canada ( Canadian Premier…
Uburundi bugiye gutegura urubanza rukomeye cane rw’inkino za Volley ikinirwa ku musenyi . Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 20 Kigarama 2022 kuri Beach Petit Bassam aho uwurongoye ishirahamwe rya Volleyball mu…
Umukinyi w’umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza ashobora gusinya muri Simba Sc umwanya n’umwanya . Ayo makuru tukaba tuyakesha umwe mu bantu begereye cane umugwi Geita Gold asanzwe akinamwo mu…
Umugwi Fofila PF w ‘i Ngozi niwo ufata ikibanza ca mbere vy’imfatakibanza mw’ihiganwa ry’abigeme ryitiriwe izina rya Lumitel Women’s League . Mu mpera z’indwi yaraye iheze igenekerezo rya 17 na 18 ihiganwa ry’abigeme…
Umumenyereza w’umugwi Magara Young Boys Ismail Nduwantare ariko ahindura vyinshi muwi uwo mugwi . Ismail Nduwantare yafashe uwo mugwi Magara Young Boys uri mu kibanza ca nyuma n’amanota 4 mu nkino 7 umaze gukina , niko guca…
Umumenyereza w’abanyegori Amidou Hassan ntakibarizwa mu mugwi Athletico New Oil Acedemy wa hariya i Muyinga . Ivyo bikaba vyabonekeye mu majambo yanditswe ku rubuga ngurukana bumenyi rw’uwo munyegiri aho…
Umunonotsi w’umurundikazi Francine Niyonsaba hamwe na Kwizera Rodrigue baraye banditse amateka mu gihugu ca Espagne . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 18 Kigarama 2022 mu gihugu ca Espagne , aho Francine Niyonsaba…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.