Mpingwe Amissi Willy niwe yaraye atowe kurongora umurwi Inter Star vy’imfatakibanza gushika mu mpera z’ihiganwa . Kuri uyu w’ Imana igenekerezo rya 18 Kigarama 2022 niho bamwe mu Ndongozi z’umugwi Inter Star ,…
Umugwi Aigle Noir Cs ukina mu cicaro ca mbere hano iwacu uzoserukira igihugu c’Uburundi mw’ihiganwa Mapinduzi Cup rizobera mw’izinga rya Zanzibar . Uwo mugwi Aigle Noir Cs ukaba umaze gutumako abakinyi 30 bazotoramwo…
Umukinyi wo hagati w’umugwi Aigle Noir Cs Nkurunziza Yanick batazira Mkude yerekeje mu gihugu ca Turkey. Yanick akaba yafashe indege kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 14 Kigarama 2022 yerekeza muri ico gihugu ca…
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala abandanya yigenza neza mu gihigu c’Urwanda . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 11 Kigarama 2022 ku kibuga c'i Nyamirambo ,aho umugwi As Kigali…
Ibanki Interbank ryaterereye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB amafaranga angana n’imiriyoni ( 50.000.000) y’amarundi . Hari kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 10 Kigarama 2022 isaha zitatu zo…
Ishirahamwe rya Volleyball ryo mu Burundi rirongowe na Général de Brigade de Police Serges Ntakavura rigiye gutunganya ihiganwa rya Volleybeach ry’abakuze ( Senior) ry'a karere ka gatanu ( Zone 5) . Hari kuri uyu…
Styve Nzigamasabo abandanya yigenza neza mu mugwi KMC wo mu gihugu ca Tanzania . Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 04 Kigarama 2022 , aho umugwi KMC wari wakiriye umugwi Mbeya City mu rukino rw’indwi igira 13 rw’ihiganwa…
Rwa rukurikirane rwa Channy rwariko ruvugwa ko ruzoshirwa ahabona, rwaramaze kuboneka ku mbuga zigurisha umuziki, nk'uko yari yavyemeye ko izoshirwa ahabona kuri uyu wa 30/11. Ivyo twabashije kubona n'uko urwo…
Ikibuga c’Intwari kibandanya gikorwa uko bukeye uko bwije , aho mu mezi abiri kimaze gutwara imiriyaridi zishika kuri 2. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 30 Munyonyo 2022, isaha icumi n’imwe z’umugoroba 17h00 aho…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryakuyeho ibihano ryari ryafatiye igihugu ca Kenya vyo kutitabira inkino mpuzamakungu bivanye n’uko Reta yabo yari yivanze mu bijanye n’umupira w’amaguru. Ico gihugu ca Kenya cari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.