Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 08 Ntwarante 2022, wari umusi mukuru mpuzamakungu w’abakenyezi. Muri ivyo birori vyo guhimbaza uwo umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe agateka k'abakenyezi wariko ubera mu…
Umugwi Rayon Sports usanzwe ukinamwo abakinyi babiri b’abarundi aribo Nizigiyimana Karim Makenz hamwe na Ndizeye Samuel wasavye urukino rwa kivandimwe umugwi Messager Ngozi. Messager Ngozi ikaramuka yemeye ubwo butumire iyo…
Umwana w’umumenyeshamakuru w’inkino w’insamirizi ya Rema FM Rashid Alfred yaraye aryamiye ukuboko rw’abagabo . Dulla Rashid akaba aryamiye ukuboko kw’abagabo biturutse kw’isanganya yaraye ahuye nayo mu gisagara ca Dar es…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB rishobora guhagarika abahagarikizi babiri hamwe n’uwahoze atwara umugwi Les Crocos wo mu Rumonge ku mvo zo gutanga igiturire. Abahagarikizi bashobora guhagarikwa ni Manirakiza…
Haraciye indwi zishika kuri 3 umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba w’abigeme wanditse amateka ubwa mbere yo kwitabira inkino za CAN 2022 zizobera mu gihugu ca Maroc . kuri uyu wa kabiri i genekerezo rya 08 Ntwarante…
Inyuma yo kugurwa n’umugwi wa Olympic Club Kourigba umugwi mushasha waduze mu cicaro ca mbere uyu mwaka, uwo mugwi wahavuye utiza umusatirizi w’intamba mu rugamba ku mugwi RS Berikane usanzwe ukina mu cicaro ca mbere…
Saido Ntibazonkiza abandanya yigaragaza bimwe bidasanzwe mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania. Umukinyi Saido Ntibazonkiza yaraye atowe nk’umukinyi mwiza yaranze ukwezi kwa Ruhuhuma mw’ihiganwa ryo mu…
Agafaranga gakwiye niko koba katumye Cedric Amissi yerekeza mu mugwi wo mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Arabie Saoudite. Umukinyi w’intamba mu rugamba Cedric Amissi yahora akina mu mugwi Al taawoun amaze imisi atakibarizwa…
Mw'ihiganwa ritegura ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball bitiriye "Viva basketball League",aho iryo higanwa rizokwitabirwa n'imigwi 6 yomugisagara ca Bujumbura n'imigwi 4 yo…
Elvis Kamsoba ni umukinyi w'Umurundi imyaka yiwe ni 25 akaba akinira umugwi Sydney FC wo mu gihugu ca Australie kuva mu mwaka wa 2021. Elvis Kamsoba akaba yatanguye gukinira umurwi Avondale FC, mu mwaka wa 2018 nyuma…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.