Abakinyi b'intamba mu rugamba bashikanye Uburundi muri CAN 2019 kuva mu kwezi kwa Ruhuhuma umwaka w'2020 bahawe agashirukabute kangana n'imiriyoni indwi (7.000.000Fbu.) Umwe mu bari muri Staff…
Igihugu c'ubwongereza camenyesheje y'uko amahiganwa yose yari yahagaritswe muri ico gihugu kumvo za Coronavirus agiye kubandanya kuva kw'igenekerezo rya 1 Ruheshi 2020, ariko naho izo nkino zigiye…
Inyuma yo kumara indwi zirenga zitatu ata nkino ziriko ziraba kumvo y'ibikorwa vy'igihugu bimaze imisi biriko biraba , ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryashize ahabona ikirangamisi…
Umunyegori w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Nahimana Jonathan yavuze y'uko hagati y'imigwi ibiri iriko ihiganirwa igikombe ca Primus league co muri uno mwaka ariyo Messager Ngozi hamwe na…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu wa Congo Junior Kabanange yavuze y'uko gushika muri kino gihe atarahabwa ikirato ciwe c'inzahabu inyuma yo gutorwa nk'umukinyi yinjije ibitsindo…
Umukinyi w'umusatirizi w'Umugwi wa Tottenham Son Heung -Min yari amaze imisi ari mu myimenyerezo ya gisirikare yasubijwe mu buzima busanzwe . Ku makuru twasomye ni uko mu gihugu ca Koreya y'epfo ni itegeko ko…
Uburundi ni kimwe mu bihugu bikina ivyo gusiganwa ku makinga mbere akaba ari urukino ruhurumbirwa mu bice bitandukanye hano iwacu nka Gihanga mu ntara ya Bubanza , Nyanza lac mu ntara ya Makamba , Rumonge na Bujumbura Mairie…
Umumenyereza mukuru w'umugwi wa Yang Africans wo mu gihugu ca Tanzania Luc Eymael yavuze y'uko uwahoze ari Umusatirizi w'umugwi wa Rayon Umunye Ghana Michael Sarpong ariwe muti nyawo Ku ruhande…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 06 Rusama 2020, niho uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira w'amaguru muri Turquie Nihat Ozdemir yamenysheje y'uko iryo higanwa ry'umupira w'amaguru…
Inyuma yo kubabara mu rukino rw'igice ca kane gishira icanyuma c'igikombe c'Umukuru w’igihugu aho Umugwi Aigle Noir wasezereye ku kibuga cayo Athletico academy kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.