Komite y'ishirimwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA igiye kwongereza igitigiri c'abakinyi bazohora basubirira abandi mu kibuga ni ukuvuga bavuye kuri batatu gushika kuri batanu mu rukino rumwe. imvo!--more-->…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2020, Niho umushikirangaji wa mbere w'igihugu c'ubufaransa Edouard Philippe ari imbere y'abashingamateka yamenyesha y'uko inkino zose za Sports…
Umugwi wa Arsenal niwe ufata ikibaza ca mbere mu migwi iriko ihiganira kugura umukinyi w'umunya Brazil Willian akinira umugwi wa Chelsea ivyo bikaba vyavuzwe ni kinyamakuru ESPN. Bikavugwa y'uko Willian yananiranye…
Gymkhana yarirahiye Urunani mu rukino rwa kivandimwe ruheruka kubahuza. Mw'ihiganwa ryatunganijwe na Jadot Nkurunziza riheruka guhuza imirwi itandukanye yo mu gisagara ca Bujumbura ,umurwi wa Gymkhana warirahiye Urunani…
Ihiganwa rya volley ball i Bujumbura risigaje Umusi umwe ngo rirangire. Mu mpera zino ndwi imirwi itandukanye ikaba yarahiganywe. Icerekana ko Rukinzo ihabwa amahirwe menshi yo gutahana igikombe nuko kuva ihiganwa ritangura…
Jeannot Witakenge Umukinyi wo hagati yigeze gukinira Umugwi wa inter Star mu myaka ya 1994, 1995, yitavye Imana ku mugoroba wo kuri uyu wa gatandatu Igenekerezo rya 24 Ndamukiza 2020, mu bitaro vy'ibukavu vyitwa…
Kuri uyu wa gatanu waraye uheze Igenekerezo rya 24 Ndamukiza 2020 , nuho ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu gihugu ca Hollade canke Pays bas ryamenyesha icese y'uko ihiganwa ryo muri ico gihugu ry'uno…
Umukinyi wo kuruhande w'umugwi wa Chelsea Umunye Brezile Willian ashobora kutaguma mu mugwi wa Chelsea bivanye n'uko ibiganiro vyiwe na Chelsea bimeze nkibiriko bicumbagira muri kino gihe. Willian akaba azorangiza…
Kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 23 Ndamukiza 2020 , abagize inama ya bose y'ishirahamwe rya volley ball baragiye hamwe biga ku kuvyerekeye ikibazo co guhagarika ihiganwa nkuko babisabwe n'ishirahamwe rya volley…
Abatwara umugwi wa Liverpool batanguye ibiganiro nabasanzwe bahagarikira ibikorwa vya Philip Coutinho bitwa aba Agents kugira barabe ingene bogarukana uyo munya Brezile mu mugwi wabo mu kwezi kwa Rusama igihe igura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.