Nkuko mubizi , umuntu aremwa mw'ishusho y’Imana ariko hari igihe umuntu asa n'uwundi hafi ijana kw'ijana. Muri Iran hariho abagabo babiri basa n'ibihangange Christiano Ronaldo(asa na Reza Alireza Lou) na…
Bisoro na Rukinzo zarorohewe mu bagabo , Muzinga na Les As na GLC nazo ntiziganganiye Panthers na New colombe. Mw'ishirahamwe rya volley ry'i Bujumbura baratanguye igice ca kabiri c'ihiganwa bita phase retour…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 18 Ndamukiza 2020 isaha zitanu zo mu gitondo 11h ahitwa kuri Sun Safari niho hariko habera ikoraniro ry'umugwi wa Inter Star, iryo koraniro rikaba ryari iryo gushikiriza icese umugwi…
Urukino rwa Motocross ni urukino rushasha mu Burundi mbere rutanguye guhurumbirwa.Urwo rukino rwatanguye gukomera muri 2017, ariko rukaba rutashigikirwa nkuko vyategerezwa .Hambavu yo gutanguza ishirahamwe ryabo , abarukina…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 13 Ndamukiza 2020, Umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Révérien Ndikuriyo yahaye ikiganiro abamenyeshamakuru kugira ababwire imvo…
Inyuma y'aho umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru FFB akongera akaba n'Umukuru w'inama nkenguzamateka Reveriano Ndikuriyo avugiye y'uko azokinjura mu mwaka uza atazosubira kwitoza…
Uburundi ni kimwe mu bihugu 170 bikina urukino rw'umwereka mu kinyamazuru bita luttes associés. Cédric Nimpagaritse n'umwe mu barundi batanguye gukina urukino rw'umwereka luttes associés kuva mu mwaka 2012.…
Kuri uyu w'Imana waraye uheze igenekerezo rya 12 Ndamukiza 2020, ku kibuga c'ingoma kiri mu ntara ya Gitega niho umugwi wa Musongati Fc wari wakiriye umugwi wa Vital'o Fc mu rukino rwo gusubiriza…
Nadine Goncalves mama wa Neymar Jr umukinyi rurangiranwa asigaye afise umukunzi mushasha nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru UOL Le sport abishikiriza. Ivyo bikaba vyashizweko igikumu n’ishusho umuvyeyi w’uwo musore yashize…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.