Mu gihe bizwi ko Diamond na se badahuza kubera ko uwo muvyeyi wiwe atigeze amwitaho mu buto bwiwe, uwo muririmvyi nawe ngo yoba ariko abisubiriramwo abana biwe. Diamond Platnumz ngo yoba ariko arasubiramwo ivyo umuvyeyi!-->!-->!-->!-->!-->…
Big Fizzo avuga ko hataragera ko azana umwigeme muri bantu Bwoy, nayo abovuga ko vyoba bituruka ku mutambukanyi wiwe, ngo sivyo kuko muri iyo Label hasanzwe hanakoramwo abandi bigeme. Mu gihe abantu benshi babandanya!-->!-->!-->!-->!-->…
Nta rukundo rwari hagati ya Mina na Emery Sun igihe yamusaba kuja mu masanamu y'indirimbo Wa Wundi, nayo ubu ngo nta vy'urukundo, ariko yiruka inyuma y'ifaranga. Milky Minaj arahakana ko atari mu rukundo na Emery Sun,!-->!-->!-->!-->!-->…
Ukuryama n'uwo wagiriye mu masanamu ngo bivana n'uko abo 2 baba baganiriye, ariko kandi ngo kenshi n'ugushaka gucafuza uwo muririmvyi baba babivuzeko. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa n'umwe mu bigeme!-->!-->!-->…
B Face ngo ico akora si Beef kuko ata ngumu zirajamwo, ahubwo ico aba ariko arakora, ngo ni ico bita Challenge, kugira abashe kuvugisha abantu gusa. B Face ngo nta kibazo afitanye n'umuririmvyi numwe mubo amaze!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu kiyago na Isanganiro, umuhungu wa Bruno simbavimbere benshi bazi nka Member avuga ko igikenewe muri kino gihe ari amafaranga, kuko ivyo bakenera vyose bisaba amafaranga. Bruno SImbavimbere ngo abandanya kuvurwa ukuri!-->!-->!-->!-->!-->…
Black avuga ko yari yarapfuye mu gihe atari akiboneka mu muziki, ngo ubu rero yarazutse. Black g yatanze ibisobanuro igituma mu gihe yari mu gacerere atanaboneka ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Mu kiyago na!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Abagizi ba nabi bari badukuyemwo Bruno SImbavimbere bamusanze imbere y'urugo mu kibenga, mu gihe yaratahutse. Kuri uyu wa 5 mw'ijoro, Bruno Simbavimbere benshi bazi nka Member ngo yaratewe n'abantu bitwaje!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond Platnumz ngo yoba ari mu yabira, kuko inda yateye Tanasha yoba itanezereye umuryango w'uyo mwigeme kubera batari bwarushinge. Diamond Platnumz ngo yoba yashizwe ku mugozi n'umuryango w'umwigeme Tanasha!-->!-->!-->!-->!-->…
Rayvanny ntarya umunwa mu kuvuga ko Diamond ameze nk’ikiraro abantu bose bashaka gutera imbere bacako baja kumenyekana. Buri muntu avuze Diamond Platnumz ngo aca amenyekana, Rayvanny akaba yabishikirije mu kiganiro!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.