Lolilo ngo yakoze indirimbo n’ama Video menshi muri uno mwaka wa 2018, aho agaca ashirwa na Big Fizzo mu bibanza vy’imbere mu bakoze bigashimwa mui uwo mwaka. Big fizzo aremeza ko Lolilo ari mu baririmvyi bakoze!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho abantu bavuga ko hoba hakiri ubucuti bw'indenzarugero hagati yiwe na Diamond, Wema Sepetu ntahakana ko hari ubucuti buhari, ariko avuga ko ari ubusanzwe. Ivyabaye hagati ya Diamond Platnumz na Wema Sepetu ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu kiganiro yatangiye mu bwongereza, Rayvanny avuga ko ikibanza akunda kwandikiramwo indirimbo ari mu bwiherero, kubera uburyo hateye. Rayvanny ntarya umunwa mu kuvuga ko ikibanza ciza co kwandikiramwo indirimbo ngo ari!-->!-->!-->!-->!-->…
Dj Marnaud ubu niwe ari ku minwa y'abatari bake mu gihugu kibanyi c'urwanda, kubera ibiheruka kumwagirizwa aho bavuga ko yoba ari umwe mu baryamana basangiye ibitsina, Abatinganyi. Inyuma ya Mwiseneza muri Miss Rwanda,!-->!-->!-->!-->!-->…
Mt number one ngo kuba atigeze atinya gushira amafaranga mu ndirimbo n'ikintu ciza n'abandi bokwirikiza. Ivyo bikaba bishikirizwa na Sat-b bakoranye indirimbo yabatwaye amafaranga atari make. Uno musi Sat-b yasubiriye!-->!-->!-->!-->!-->…
Kidum naho atashatse ko ishusho yashize ku rubuga rwa Facebook hagira ico bayivugako, ariko abamukurikirana bagize vyinshi bayivugako. Kidum yavuzweko cane ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho bariko bavuga kw'ishusho!-->!-->!-->!-->!-->…
Chris Biz ntagifitanye amasezerano na Andyllairs, kubera ata kanya ko kumukurikirana afise bivanye n'ibikorwa uwo muhinyanyuzi afise muri ino misi. Ivy'ikinjura rya Chris Biz muri Label ya Andyllaire vyahavuye!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuririmvyi wo muri Haiti niwe Kidum yakoranye akaririmbo nawe, ariko hakaba hataramenyekana ubutumwa buzoba burimwo, ariko kakazumvikanamwo igiswahiri n'igi Creole. Hagiye kwumvikana akaririmbo gashasha kazumvikanamwo!-->!-->!-->!-->!-->…
Mushiki wa Diamond Platnumz ntabona ikibazo gihari kuba musazawe agiye kurongora umukobwa afise imyaka mike kuriwe. Imyaka iri hagati ya Diamond na Tanasha nayo izanye agatosi mu bantu, uwo mwigeme ngo yoba ari muto cane!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho hagize igihe haboneka umengo hariho ugufatana mu mugongo hagati ya Sat-b na Big Fizzo, Big we avuga ko badaherutse no kwandikiranira. Mu gihe hagize igihe haboneka ko hoba hari ugufata mu nda hagati ya Big Fizzo na!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.