Kubwa Dudu ngo uwumaze gukura, ntasubira kuraba umwanya kw'isaha gusa gusa, ahubwo no muriwe arumva ko umwanya uriko uramujana. Mu buzima ngo haragera aho umwanya utawuraba kw'isaha ahubwo ngo uwumva muri wewe ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Black g ntarya umunwa mu kuvuga ko yasohokanye n'umwigeme aboneka mu masanamu y'indirimbo Give me Love, ariko akavuga ko adashobora kwemeza nimba boba bakiri mu rukundo. Mu gihe hari hagize igihe havurwa ko umukobwa ari!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond ngo yoba yaranduje Harmonize umugera w'ugufatanya abigeme aha na hariya. None Uwo mukunzi w'umu Taliyano ngo yoba asigaye afise umuhabara muri Kenya. Inyuma ya Diamond, Harmonise nawe ariko yagirozwa guca inyuma!-->!-->!-->!-->!-->…
Big Fizzo yakuwe mu gacerere avuga ku ndirimbo zamwibwe zigashirwa ahabona atabazi, anavuga ico vyamuteye. Mu gihe haheruka kwumvikana induru zitari nke z’umwe mu bihangange mu muziki ndundi avuga ku ndirimbo ziwe ziriko!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond Paltnumz ngo n'igisuma komvyo, kuko uburyo akora indirimbo ziwe aba yabwivye ku bandi baririmvyi barimwo n'abanyafrika. Nasibu Abdoul Jum ngo n'igisuma komvyo mu bijanye n'ugukora amasanamu!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond mu bwato aho yariko ahimbaza isabukuru ryiwe ry'amavuko arikumwe na bamwe mu batumiwe muri urwi rubanza, uwo barikumwe na Aunt Ezekiel yahoze ari umukunzi wiwe n'uw'umwe mu batamvyi biwe Bamwe mu bakurikiranira!-->!-->!-->!-->!-->…
B Face avuga ko abakunzi b’ibikorwa vyiwe bokwihangana atotanga urutonde rw’ivyo azoshikako uno mwaka wa 2019, ariko boza baramenya igikorwa aruko kibonetse, ariko iyo yipfuza ko izokurikira ngo n’iyo yakoranye!-->!-->!-->…
Indirimbo ya Sat-b Karabarya ngo yoba yaherahejwe n’amafaranga umuririmvyi Mt Number one yamuhaye ngo bakorane, Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’uwahoze ari manager wiwe, Wanda Boy. Mu kiganiro yagiranye n’imwe mu!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/czNbWLwr-1g?list=PLfqlH3YW9SLa-WrZEdpIstQdaKpxlXG0z
Mc Mello yoba yakoranye na Big Fizzo indirimbo, naho bataragira ico babishikirizako. Hoba hari igikorwa kiriko kirakorwa hagati ya Big Fizzo na Mc Mello Mc Love nkuko vyabonetse muri Video baheruka kurungikira mugenzi!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.