Emery sun avuga ko n'izindi ndirimbo zitari iz'urukundo amaze kuzandika, ariko akavuga ko hataragera ko azishira ahabona. Mu kiyago Emery sun aheruka kugirana na Indundi magazine yagize ico avuga ku vyivugo ashikiriza mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond ngo yari yasavye ko kamwe mu ducimbiri duherereye aho yubatse inzu kohabwa izina ryiwe, ariko ngo uburongozi ntibwabimwemereye. Diamond yimwe ico ngo yaragize igihe ariko asaba muri Leta ya Tanzania. Ico naco!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho urukundo ari rwose akunda abanya Kinama, Natacha avuga ko ababazwa no kubona atari bwigere aja kuhakorera igiteramo. Umuririmvyikazi Natacha ngo akababaro ni kose kuri we kubona yari yaratereranye abanya Kinama.!-->!-->!-->!-->!-->…
Ku mashusho yabonetse mu gihe Shaddy Boo yatambana na Otile, uwo muvyeyi w'abana 2 yabonetse ariko atamaba afuka ibihimba vy'imbere kubera umwambara yari yambaye. Umwe mu banyarwandakazi babiza iyashu abantu muri akino!-->!-->!-->!-->!-->…
Ku busuma yagirizwa, Aime Loveness asaba ko uwogira icemezo na kimwe yogisangiza abandi, kuko we yizeye ko ata cemezo na kimwe gihari. Ibivurwa ko AImee Loveness ngo yoba ariko asohora indirimbo zanditswe na Mirror Team!-->!-->!-->!-->!-->…
Ngo nka hamwe Dj Paulin atojana Wanda imbere y'ubutungane hakiri kare, kubera iyo ndirimbo ya Sat-b ngo nta nkeka isohotse hazoba harengeranye. Wanda Boy atanga ubutumwa abuha DJ Paulin amusaba ko yoraba akamujana imbere!-->!-->!-->!-->!-->…
Ibitari bike vyari bimuzwi Kuri Emery sun nko kudasohora indirimbo nyinshi, ngo bigiye guhinduka muri uno mwaka wa 2019. Mu gihe azwiko kudakora amasanamu hamwe n'ugusohora indirimbo nke mu mwaka, Emery sun avuga ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Ugukora ubugeni, hamwe n'uguca aronka umwana muri ino misi, Big Fizzo avuga ko hari ico vyamuhinduriye muri gahunda yarafise. Big fizzo ngo agiye kuzokorera igiteramo i Kigali hamwe n' i Bujumbura mu kugira ashire!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y’imyaka irenga 17, ubufaransa bwatanguye kuburanisha umuririmvyi w’umunyacongo Koffi olomide ku caha c’ugushurashuza bamwe mu bari abatamvyi b’umurwi wiwe bagendana iyo bari mu biteramo. Ico caha gishaka guhanwa!-->!-->!-->…
Umubeshi yoba arinde hagati ya Sat-b, Wanda Boy na Dj Paulin? Ico n’ikibazo umuntu yokwibaza yumvirije ivyo Dj Paulin yavuze mu kiri kimwe mu biganiro bivuga ivy’umuziki I Bujumbura. Mu gihe Wanda abandanya avuga ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.