Naho atamenyesheje ryari kazobonekera,Preeze yasavye imbabazi kuba katabonekeye igihe, ariko akavuga ko ari ukugira hashirwe ahabona igikorwa kimeze neza. Mu gihe yari yamenyesheje ko azoshira ahabona akaririmbo gashasha!-->!-->!-->!-->!-->…
Mt Number one avuga ko akiri mu myiteguro kugira atangure gukora ibiteramo hano iwacu, naho muri leta zunze ubumwe za amerika ho adasiba kubikora. Mu gihe asanzwe akorera ibikorwa vyiwe bitandukanye ngaha Iwacu, ariko!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho ata vyemezo bafise, abatari bake bagiizaCypro Light kuriha umwigeme yabonetse atamba indirimbo yiwe ari gusa, kumuha amafaranga ngo abikore. Mu gihe hari hagize igihe hariko hakwirakwizwa hirya no hino amashusho!-->!-->!-->!-->!-->…
N'akababaro kenshi, Emelance arababazwa kuba inakuru yasezeye isi atabonye ico indirimbo yamwandikiye zamumariye. Indirimbo Yambogorera ngo niyo Emelance emmy akunda gusumba izindi ndirimbo yaririmvye, ivyo akaba aheruka!-->!-->!-->!-->!-->…
Kugira amukungire, Diamond yarondereye umukunzi wiwe mushasha, uwumurindira umutekano. Tanasha umumenyeshamakuru mu gihugu ca Kenya, akaba kandi umukunzi mushasha wa Diamond Platnumz aheruka kuboneka afise uwumucungera!-->!-->!-->!-->!-->…
Isaha imwe n'inusu y'ijoro, niho umuririmvyi w'umuhumure Ndikubwayo Gerard yatangura kuririmba indirimbo ya mbere mu giteramo citiriwe Agashitsi ka Kera cabereye muri Oasis of Peace mu gisagara Kigali. Akaba…
R Flow yavuze ko hari akaganuke afitiye abakunzi b'ibikorwa vyiwe, ariko ntiyabashije gushikiriza ryari kazoshirwa ahabona canke uko kazoba kameze. Inyuma y'uturirimbo ariko arumvikanamwo akorana n'abandi…
Kebby yashimiwe n'abatari bake bari bagize igihe bamunyotewe kubera ukubura kw'uturirimbo twiwe muri ino misi. Akaba yaragize igihe asa n'uwuri mu gacerere gakomeye. Abo bakaba bashimye mu gihe aheruka gushira…
Kubera ibura ry'udukingirizo kamwe mu duce Kenya ihanako urubibe na Ethiopie, abaho ngo basigaye bakoresha udukingiro twakoze ariko babanje kumesa. Agace itwa Sambura kakaba gateye imbere kuko kakira baba abenegihugu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.