Inzu Hamissa Mobeto agize imisi abamwo iri mu bwoko bw’amagorofa, abantu bariko bayivugako vyinshi, birimwo ko yoba ayipanze, mu gihe bigize igihe bivurwa ko uwo mukobwa yaguze iyo nzu iherereye mu gisagara ca Dar es Sallam.…
Mu gihe hagize imisi hari itereranwa ry’amajambo hagati ya Big Fizzo na Sat-b, umwe muribo yanditse amajambo akomeye ku rubuga rwiwe rwa Facebook aho asa nkaho ahanura uwumeze nka mugenziwe, kuko atatomoye akaba yasa…
Lyyn yahoze ari umukunzi wa Diamond uno musi ari mu baririmvyikazi bashasha muri Tanzania, avuga ko yiteguye gukorana indirimbo na Tanasha umukunzi mushasha wa Diamond, kuko ngo bo uko ari babiri n’abaririmvyikazi, ngo ntaco…
https://www.youtube.com/watch?v=yD7dct6-BA4
https://www.youtube.com/watch?v=WiHG4b2yQkI
https://www.youtube.com/watch?v=pwNTRGdxkk0
Umuhisi Bernard ngo yasandavye azize uburozi yanyoye haraheze igihe kitari gito nkuko Alfred mugenziwe yabishikirije ku maziko yiwe. Uwo akaba avuga ko nawe nyene yabunyiyeko ariko akaba we yararusimbutse kuko Atariwe bari…
Kuri uno musi wa gatanu igenekerezo rya 24 Nzero 2020 umuhisi Bernard Ndoricimpa niho yashinguranwa iteka ku Mpanda. Mwomenya ko yari yitavye Imana kw'igenekerezo rya 18 Nzero kurugo rwiwe muri zone Gihosaha aho asanzwe…
https://www.youtube.com/watch?v=5Q9gfPTpSWg
https://www.youtube.com/watch?v=t0p1wKuZBgw&feature=youtu.be
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.