Emery Sun avuga ko Views afise kuri YouTube ari iziwe, ngo sico kimwe na bamwe bamwe bazigura kugira bagire iz'umurengera. Kuba ata Views nyinshi afise ngo nta bwoba bimutera kuko ntanabiraba cane. Ivyo n'ibiheruka…
Abarundi ngo twari dukwiye guheba poubelle tukijukira ivy'iwacu, kubona twambara impuzu ziva mu bazungu bakarungika muri Africa kandi natwe twifitiye impuzu zimeze neza nk'impuzu z'igiti zimeze neza. UCOCO…
Inyuma yo gukorana indirimbo igatera uruhagarara mu bantu bivanye n’amajambo usanga mur’iyo ndirimbo, ni B-face yemeza neza ko iyo ndirimbo igiye gusohoregwa isanamu canke ico twokwita Video ariko bigakorwa aruko umuririmvyi…
Inyuma yo gushirwa kuri affiche y’igiteramo ca Bantu Bwoy bafadikanyije na Tokyo Business Center kigiye kuba kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Kigarama 2019, Big Fizzo yatanze umuco. Nk’uko abenshi bagiye bibaza…
https://www.youtube.com/watch?v=1BS9deK7TJc&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=Yev9hfHgxE0
https://www.youtube.com/watch?v=BvO_0NUxV98&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=tg119heGOFE&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=nfg9EhydLDQ&feature=youtu.be
https://www.youtube.com/watch?v=QCUsNmOCOBs&feature=youtu.be
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.