https://www.youtube.com/watch?v=MRnD5NCw3yk&fbclid=IwAR3Q1nHcKvaexbd_dNfWNlrsqho_rJt4quvkZp-JDyD6EaQfcs0BQ0WgTok
Inyuma y’igihe kitari gito bahuriye ku butambiro (Stage) bumwe mu gice ca nyuma ca Primusic ni Fizzo na Sat-b bo nyene ubwabo bavugiye kuri stage ko hagati yabo atakibazo ahubwo abantu bavyitiranya. Inyuma yaho haragiye…
https://www.youtube.com/watch?v=mz4ItK2bru8
Masterland yishuye ku busambanyi bubavurwako, bakabukorana n'abakobwa baba bakoranye nabo nk'aba Video Queen. Masterland yagarutse ku bivurwa ko abaririmvyi baryamana n'abakobwa baba bakoresheje mu ndirimbo…
https://www.youtube.com/watch?v=xYcpAQvc33Q
Big Fizzo na Bantu Bwoy yose ibazaniye igiteramo citiriwe BantuBwoy Concert ku ncuro yabo yambere igiye kubateramisha biciye mu giteramo babateguriye. Inyuma y’ukuva mu karuhuko yamazemwo igihe kitari gito mu gihugu…
Bizos asanzwe akora umudiho wa Kiyago style Music inyuma y'ukuronka ikibondo akanyamuneza kakaba kari kenshi arababazwa cane n’ivyakozwe kuri mugenziwe. Intandaro yavyose ni indirimbo Freestyle ya Taylo sixer aho…
Mister nice i Bujumbura ku butumire bw’abarongoye Lacosta Beach na The Fighter Production agiye kugaragara i Bujumbura mu giteramo citiriwe East African part. Inyuma yamugenziwe w'umunyatazaniya aje guteramisha abanya…
https://www.youtube.com/watch?v=stFz1c43wdc
Ibura ry'indimi mva makungu mu ndirimbo Umubabaro nshasha ya Sat-b ntibiriko birabwa ryiza na bamwe mu bafana ba Sat-b bo mu bihugu bitumva ikirundi yaririmvyemwo. Imyidogo itanguye kuba myinshi mu bakurikiranira hafi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.