Inyuma y'iyakwije y'iyiheruka gukwiza Views zirenga 100,000 mu mezi makeya imaze isohotse, Double jay avuga ko mu misi ya Vuba buca ashira ahabona akandi karirimbo gashasha. Ako karirimbo akaba avuga ko kazoba kitwa!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=cboYCs6vg48&index=5&list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu&t=0s
Monna asabwa kutisigura mu gihe yari yabigerageje kubera ishusho ryiwe ryabonetse ku rubuga rwa Instagram aho yabonetse ariko aratamba. Ukwisigura ngo ntibikenewe ivyo nivyo umwigeme Monna Warda yabwiwe aho yashira!-->!-->!-->!-->!-->…
Ukugira ubugeni na Zarinah Hassan azwi cane nka Zari the boss lady ngo nivyo vyoba ngirakamaro gusumba kugenda kurondera uwundi mukobwa yomukurikira kubera ubu star bwiwe. Diamond Platnmz ngo vyoba vyiza yorongora!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=hoHl4Yy0O3s&index=5&list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
https://youtu.be/xvoEO3lgpAM?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Diamond Platnumz ntadeha ko abanya Tanzania bakunda abakobwa b’abanyakenya, aho yari muri Wasafi Festival akaba yahavuye avuga igituma babakunda. Mu gihe yari mw’isabukuru rya Wasafi Festival, Diamond yavuze ku bigeme!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y’ukuvuga ko hari indirimbo zitari nke yamaze guheza gukora ziirindiriye gusohoka, natacha yasohoye iyindi ije ikurikira Shata yarabwa n’abatari bake kuri Youtube yiwe. Natacha ngendabanka imbere yuko umwaka wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Mt Number one ntaco arashikiriza ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko ibimenyetso vyo bibandanya vyerekana ko aticaye I Bujumbura, ahubwo ibikorwa biramurembeje. Naho ataco arashikiriza kiboneka, ibimenyetso vyo vy’uko hari!-->!-->!-->!-->!-->…
Bamwe mu basambuye haheze igihe gito batanguye gukorana. {Wanda I buryo na Sat-b I bubamfu} Ugushirwa mu buzima burengeye ubwo yahoramwo ngo ni bimwe mu bituma abo baririmvyi badaheza ngo bahuze n'abanyamitahe baba!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.