Nka hamwe Mwiseneza atotorwa ngo abe Miss rwanda 2019, bamwe bavuga ko azoba yibwe kuko ariwe mwigeme akunzwe cane muri kino gihe n'abakurikirana ico gikorwa. Ariko abagitegura bo bakabibona ukundi. Aho bukera buca!-->!-->!-->!-->!-->…
Dudu Niyukuri ngo ntiyiteze gusiga abamukurikira ngo arondere abandi bumva izindi ndimi, ariko avuga ko agiye kugumana nabo kandi yongera arondera abavuga izo zindi. Dudu Niyukuri ngo agiye guhindura ururimi aririmbamwo!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/6yWC3A-vLuk
https://www.youtube.com/watch?v=ZrfSmZZzThg&app=desktop
1.Namba Moja By B Face http://www.glmmusic.com/modules/glmusic/music/B/BURUNDI/NOV2015/pp_nambamojabybface.mp3 2. Rumata By Mb Data !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Double jay yahakanye ibivurwa ko indirimbo yiwe nshasha yoba irimwo igishegu, ariko akemeza ko iyo ndirimbo irimwo amajambo y'urukundo akomeye, kandi ari ay'abantu bakuze. Double Jaya avuga ko mu misi mikeya akaririmbo!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'igihe bamwugariye gukora igikorwa na kimwe c'umuziki muri Tanzania n'inyuma y'igihugu, ikigo kijejwe kugenzura abanyabuhinga muri Tanzania cahavuye kimenyesha ko Diamond na Rayvanny barekuriwe gusubira gukora. !-->!-->!-->!-->!-->…
Naho atabashije kuvuga ryari azoyishira ahabona, canke uwuzoyikora, R Flow yavuze ko ayo masanamu ari mu nzira. Inyuma y'ukuva i Bujumbura aho yasubiye i Kigali ku kazi, R Flow yavuze ko hari igikorwa gishaha buca!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=o3lo4zKWfdg
Mu gihe Brown aheruka kurekurwa i Paris, Rihanna nawe ngo arahangayikishijwe n'iiriko biramushikira kubera ukutabona kure kwiwe. Rihanna ngo yoba ahangayikishijwe n'uburyo uwahoze ari umukunzi wiwe ariko arabonwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.