August Burundi abarizwa muri management" IREBE" umuririmvyi w'umurundi asanzwe akorera ibikorwa vyiwe muri Amerika ,Album yiwe Dukunde Uburundi igizwe n'indirimbo z'akaranga zihamagarira abarundi…
Mr champagne mu makuru yacu twari twabashikirije twarababwiye ko yafashe indege yerekeza mu gihugu ca Tanzania . Muvyamujanye kwari ukumenyekanisha album yise confirmation yashize ahabona igenekerezo rya 25 Kigarama 2022.…
Kumwe abafana b'abarundi barindiranye igishika cinshi Collabo ya Big Fizzo na Sat-b, ngo niko n'aba Tanzania banyotewe kwumva Collabo ya Alikiba na Diamond Platnumz. Umwe mu ba manager ba Diamond Platnumz, Mkubwa…
Ibiheruka gushikirizwa na Amb. Francine Niyonsaba birarikoroje ku mbuga ngurikanabumenyi. Sat-b na Simbizi wa Semavumba nabo ntivyabasize batabivuzeko. Mu gihe Ambassadeur Francine Niyonsaba yaheruka gushikiriza ko abantu…
Dj Jackson bari bamwikoreye abamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Igituma n'uko yaravuze ko afise indoto zo kubona umuririmvyikazi w'umurundi akorana igikorwa n'abaririmvyi bakomakomeye…
Vyari bikitudidaniye aho Umuririmvyikazi Natacha yari yerekeje, kuko yabonetse ari mundege yandika amajambo afobetse cane ngo telefone yiwe yaheze umucanwa agiye kuyi chargea. Benshi bagumanye amakenga ariko nkuko…
Mu kwezi kwa 3 kw'uwu mwaka turimwo, umuririmvyi Double Jay ngo azoteramisha ababa mu bufaransa neza neza i Lyon. Iyo niyo nkuru yazindutse ku mbuga ngurikanabumenyi hano iwacu. Umunezero ni wose naho hari abatanguye…
Big Fizzo na Sat-b ngo umwanya n'umwanya bashobora gukorana igikorwa gishasha, ivyo biheruka gushikirizwa na Big Fizzo ubwiwe. Iyo ndirimbo yategujwe ikaba izoba ije Inyuma y'igihe kirekire abafana basaba ko abo…
Emery sun yoba ariko ategura igikorwa gishasha muri Studio nshasha hano mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Emery sun ubwiwe aho yasangiza abamukurikirana amashusho y'igihe yari yagiye…
Muri Amicale des musiciens mu ntumbero yo gusangira umwaka mushasha 2023! abaririmvyi bahurikiye muri iryoshirahamwe rirongowe na Brigt Ndayishimiye hamwe n' icegera ciwe Edith Kimana bagiye kwicarana hmwe. Ico gikorwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.