Vianney benshi muzi nka Vichou ibintu vy'ugufata indege nk'uwufata ikinga yabigize umwuga, inyuma yo kwerekeza Kampala agafata amasanamu y'indirimbo, akanahakorera Indirimbo yakoranye n'umuhinyanyuzi…
Ubukwavu umukuru w'igihugu yaraye ahaye B Face burarikoroje ngaho hanze. Umu Rappeur Kingorongoro asanzwe azwiko kutavuga rumwe na B face ntiyaretse kugira ico avuze Kuri ako kaganuke uwo mu Rappeur mugenziwe yahawe…
Abantu bagize imisi bavuga ko Umuririmvyikazi Esther Nish bamuryamitse, Manager Jackson yatanze umuco kuri ico kibazo. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, DJ Jackson yavuze ko label ya Bukiv Lab ata mafaranga akwiye bafise…
Siren Vibe ya Hosy Irakoze ngo ibintu vyavuye mu majambo ubu bigeze mu bikorwa. Umwanya wo kuvuga amajambo ngo waraheze, ubu bageze gukoresha amategeko, imbuga zigahanwa bikomeye. Abagize imisi bakoresha ama Video akorwa na…
Big Fizzo ngo araho arakomeye, ico Nico cizere giheruka gutangwa na Yassin, wa mu Promoter amenya ivya Mugani Desire Imbere y'abandi bose. Ubwo butumwa yacishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, akaba yabutanze…
Zuguruzugu mu ba Rapeur turazimenyereye ariko iyi yo mu bigeme ije ari karenzo hagiye guca uwambaye hagati ya Davis na B kobra. B kobra niwe mw'igeme yatanguye gufatisha mu mudiho wa Rap mu nyuma arahindura…
Tuvuze ko Chany Queen ari umuririmvyikazi afise uburambe mu kazi kiwe ndetse yatumye n'abakobwa benshi batinyuka kuririmba aho ntitwoba tubeshe. Nubwo ahora acishamwo agahora, iyo asohoye, aba asohoye, kuko ijwi ryiwe…
Sat - B n'umuririmvyi akoresha imbuga ngurukana bumenyi cane ikimubabaje canke ikimuryoheye vyose abisangiza abakunzi biwe yama ariko arashingira intahe abantu baba ruguru ko aribo berekana urukundo rurenze kuba nya…
Hosy Irakoze yarengewe, ngo yahora Azi ko akundwa, ariko ntiyarazi ko akundwa mu buryo bungana nk'ubwo yaraye abonye. Uwo mumenyeshamakuru akorera ku Mboneshakure Siren Vibe, yasangije abamukurikirana ku rubuga rwa…
Burya ngo Shetani ntakunda kubona umwana w'umuntu yogoroye, bigomba bishe yaciye azimya umuriro nkuko Landry promoter wenyene avyivugira ngo niwe mu menyeshamakuru wenyene yabonye urupfu arongera aragaruka, ariko ivyo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.