Uravye imbuga ngurukanabumenyi za Mkombozi womengo kuririmba yarabihevye yibereye mu rukundo. N'ubwo biri uko ngo isango yatanze ni ntabanduka , agiye kuzana ibitamumenyereweko mu muziki wiwe. Iryo sango yaduhaye…
Kubana n'umukuru w'igihugu ngo biraryoshe, ariko ntivyoroshe. Ivyo biheruka gushikirizwa na Dogo A ubwiwe. Uwo muririmvyi w'indirimbo nka "Manjonjo", avuga ko naho kubana n'umukuru w'igihugu…
D-one ngo naho Santa yamwimye urukundo, uno musi umubano wabo ngo ni mwiza. Uwo muririmvyi w'indirimbo zakunzwe cane nka Morning love n'izindi, avuga ko urukundo yasabiye umumenyeshakuru kuri Camera ariko…
Kigingi inyuma y'ibiteramo yakoreye ku mugabane w'Uburayi, ngo agiye gushika no ku mugabane wa Amerika ya ruguru neza neza muri Canada. Amakuru dukesha urubuga rwa Instagram rwa Boris Evrard asanzwe ari umwe mu…
Umuririmvyi Ado Josan abarizwa ku mugabane w'Uburayi mu gihugu ca Finland, ngo ariko arategura gushira ahabona ibikorwa bitandukanye vy'umuziki mu misi iza. Ivyo uwo muririmvyi akaba abishikirije mu gihe yaheruka…
Sat-B ngo ntasubire gusaba igihugu ngo kimufashe kuronka itike, ahubwo n'ahindukirire abafana biwe bamushigikire, uko niko Nelly abona ko ikibazo c'itike y'indege ya Sat-B yo kuja muri Afrima Awards yoboneka.…
Dj Bobo de Paris umwe muba Dj b'abarundi bariko bavyifatamwo neza, buca asubira kandi kwakira abandi baririmvyi batandukanye muri ico gihugu. Mu misi iheze twari twabashikirije ko uwo mugabo asanzwe akora akazi ko…
Vivy Muyomba ni umuririmvyi amaze igihe kitari gito mu muziki ,birashika agasohora indirimbo n'ubwo atari cane ariko iyo asohoye indirimbo yiwe usanga iryohera amatwi kandi ifise impanuro zubaka. Uzomusanga mu biteramo…
Umwe mu bateguye igiteramo ca Kigingi co muri Sweden mu gace kitwa Uppsala yasavye ikigongwe kubera utubazo tumwe tumwe twabaye muri ico giteramo. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, yanditse ashimira abitavye ico…
Naho ibintu bitaba bihagaze neza mu ntango, Michael Senganzi ngo yarabashije kubandanya uwo mwuga wo gutwenza abantu. Senganzi ngo kugira bikunde abashe kubandanya gukora Comedie, n'uko hariho ibintu bitari bike…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.