Habonetse urutonde rw'abahinyanyuzi b'amasanamu bagezweho hano iwacu, Kubwimana Jean benshi muzi nka John Elart, ntashobora kubura muri 10 ba mbere. Uyu musore akomoka mu ntara ya Makamba, akaba amaze kwubaka izina…
Uburozi mu mupira w'amaguru ni kimwe mu bintu vyemezwa n'abatari bake ko gihari Kandi gikoreshwa cane, ariko Hari bamwe batavyemera. Mc Billy n'umwe mu batavyemera ko bibaho, kuko kubwiwe ngo iyo ukinye…
Muri bino bihe urubuga rwa YouTube rurahurumbiwe cane n'urwaruka, mu Ntumbero yo kwiyungunganya kuko rumaze kubona no kwumva ko bamwe bamwe muri bakuru babo canke batonyi babo batunzwe n'igice kitari gito…
Ikibuze hano iwacu ngo n'ugushira hamwe kw'abamenyeshamakuru kugira bashinge ikinyamakuru gikomeye. Ivyo bishikirizwa na MC Billy asanzwe Ari umumenyeshamakuru wa Sport hano iwacu. MC Billy mu kiyago na Juste Gael,…
Haraheze igihe kitari gito umuririmvyi Appolinaire adashira ahabona Indirimbo nshasha, ariko akaba agize igihe aboneka Ari mu murimo wo kuvuga ubutumwa ngo azane benshi kuri Kirisitu. Abatari bake bakaba bibaza impamvu…
Ukwidogerwa kw'aba Dj s'ivyaVuba, kuko baharurwa nk'abafukamye umuziki wa hano iwacu munda. Ico kibazo giheruka kubazwa umwe muba Dj bo muri RuntownDj, rumwe mu nani z'aba Dj bashimye gukorera hamwe. Dj…
Cristiano Ronaldo umukinyi w'imbere wa Man United ngo ntari mu gitigiri c'abagurishwa uno mwaka. Umenyereza wa Man United yakuriye inkoni ku gishitsi abamenyeshamakuru ko Ronaldo Atari mu gitigiri c'abagurishw…
Ku bakurikiye urugendo rwa Sat-b muri Tanzania, barabonye ko Hari umwanya Sat-b na Harmonize barikumwe mu Modoka, noneho Indirimbo Agacerere yaririmvyemwo Sat-b iravuzwa, baranayiririmba. Mu kiganiro Sat-b yagiranye na Landry…
Aboubakar karume ngo iburya ryiwe mu biteramo vyinshi bitunganywa Hano iwacu ngo s'ikindi n'ibura ry'amafaranga. Sat-b, avuga ko uno musi Aho ageze, Atari uwariwe wese yomuhagurutsa ngo aje kuririmba mu…
Abaririmvyi basanzwe baryohera ababa basohokeye mu bubare butandukanye hano iwacu, ngo ntibakunze kwitaho kuririmba Indirimbo zabo. Mu kiganiro Chiko aheruka guha Indundi Tv, yagarutse kuri ico kintu, anasiguta we uko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.