Merveille azwi cane nka Meili muri uno muziki wa hano iwacu, ngo n'umufana akomeye wa Ykee Benda, umuririmvyi w'umugande. Uwo nawe nyene ngo nawe akunda indirimbo za Meili kubi. Ivyo n'ivyo uwo muririmvyikazi…
Mu kwezi kw'11, niho ikindi gice c'ireresi, Black Panther, riri mu yakunzwe cane kw'isi na hano iwacu muri ino myaka iheze rizoshirwa ahabona. Kimwe mu bibazo vyibazwa gusumba ibindi, n'uwuzosubirira…
After almost 4 years of inaction for video-based songs for the Burundian singer Emelyne Emy, a new song with video clips shall be released in comings days. On her facebook and instagram accounts, this musician who is…
Amashusho yerekana Big Fizzo yakiriwe n'umuserukizi w'igihugu ca Nigeria hano iwacu, yateje uruhagarara ku rubuga rw'uwo muririmvyi rwa Instagram. Mu gihe ivyavugiwe muri uwo mubonano bitaramenyekana, abafana…
Imyaka yarigiye kuba 4 umuririmvyikazi Emelance Emy adashira ahabona Isanamu n'1 y'indirimbo yiwe, ariko mu misi ya Vuba izoteturura abafana biwe. Nkuko biboneka ku rubuga rwiwe rwa Facebook co kimwe na Instagram,…
Diamond Platnumz yatanze umuco ku kibazo kigize imisi kivugwa ko abaririmvyi bo muri Wasafi baguma bavayo buke buke. Uwo muririmvyi w'umu Tanzania avuga ko abaririmvyi bo muri WCB aribo baririmvyi binjiza amafaranga…
Abakunzi b'amareresi mpuzamakungu akomeye nka Casa del papel n'izindi nta handi barabira Atari kuri Netflix, urubuga ruha akaryo abaruhumbira kuraba amareresi Atari make, ariko nabo bakariha kugira babashe guhabwa…
Ntivyoroshe muri kino gihe kubona Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo mu biganiro ku binyamakuru bitandukanye, Imvo uwo muririmvyi akaba yaraye ayitanze. Uwo mwanditsi w'indirimbo zashitse ku nyota abatari bake,…
Icitwazo ntikibe kudahembwa neza, ahubwo ngo ibikorwa vyiza Abe arivyo bivugira umuziki w'abaririmvyi, bikaba vyashikirijwe na Social Mula. Mu gihe yariko yishura ibibazo vy'abamenyeshamakuru, Social Mula yagarutse…
This wednesday, 20 July 2022, the Rwandan artist Social Mula has landed in Bujumbura. As his first visit to Burundi, the artist said he felt happy to be in this beautiful country for the first time. Asked about burundian…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.