Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 27/2, umuririmvyi Bizimana Aboubakar Karume benshi muzi nka Sat-b yasangije abarenga 100,000 bamukurikirana ku rubuga rwa Instagram amashusho arikumwe n’umukunzi wiwe Belle Nice, ishusho…
Esther Nish n'umuririmvyikazi akaba n'umucuraranzi w' ibicurarangisho bitandukanye, bituma ibikorwa vyiwe bibandanya bikundwa na benshi. Ngo umuntu wese agira iyo yavuye muko ashika aho abari ubu nawe…
Diamond Platnumz ngo yasubiye mu rukundo, ivyo uwo muririmvyi akaba aheruka kubishikiriza aho yaganira n’ibinyamakuru ku musi mukuru w’abakundana. Uwo muririmvyi yamenyesheje ko muri ino misi ari mu rukundo n’uwundi mwigeme…
Mu misi iheze hashizwe ahabona ama foto y’umuririmvyikazi Rihanna yibungenze, aho abantu batari bake bayahanahanye, ama foto arakundwa bikomeye gushikaho bamwe batangura kwibaza igikomeye uwo mwigeme yoba yakoze. Ivyo…
Abakobwa bongereza ibisusu muri Tanzania ngo vyakomeye, babaye benshi cane gusumba. Kimwe mu binyamakuru bisohorwa vyo muri ico gihugu kikaba casohoye amazina amwe amwe mu bamaze kwibagisha. Mu babashije kuvugwa hafi nka…
Ibiteramo ngo bigiye kandi gusubira kandi gukorwa, kandi ariwe avyikoreye atarinze kurindira ko bamuhamagara mu biteramo vyateguwe n’abandi. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Cedric Bangy aho yavuze ko agiye kubikora mu…
Hoba hari collabo iri hagati ya Mugani Desire na Davido, canke boba bazohava bakorana igiteramo mu bufaransa, ubona ko bose uko ari babiri babonetse muri ico gihugu muri ino mis iheze. Hakoreshejwe urubuga rwa Mr…
Buri muntu Imana ngo irafise aho yamwandikiye ko izocisha ivyiwe, ivyo biheruka gushikirizwa na Diamond Platnumz mu kiganiro aheruka guha abanditsi n’abamenyeshamakuru. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyi akaba n’umugwizatunga…
Umugore wa Alikiba ngo yoba yamaze gusaba Kwahukana n’uwo muririmvyi w’igihangange wo muri Tanzania nkuko amakuru abivuga. Uwo muririmvyi akaba yagirizwa ibintu bitari bike n’umutambukanyi wiwe birimwo ubusambanyi bwakorewe…
Ibishikirizwa na Bobona ku biteramo vya Mugani Desire ku mugabane wa buraya vyoba bitabonwa neza n’uwo muririmvyi ubwiwe. Big Fizzo na Bobona bamaze imisi bariko baterana imirarwe bacishije ku mbuga ngurukanabumenyi basanzwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.