Mu musi iheze hari amakuru yagumye akwirakwizwa hirya no hino ko umuririmvyi Bruce Melodie yoba agiye kugura imodoka yo mu bwoko bwa Brabus, ariko arabihakana kuko ngo ata hantu na hamwe arigera abishikiriza. Amakuru mashasha…
Mu gihe ku musi w’ejo hari ku musi wahariwe abakunda, kandi abatari bake bahabwa utuganuke, umumenyeshamakuru Hosy irakoze nawe ari mu gitigiri c’abahawe akaganuke. Ku mashusho yasangije abakurikirana urubuga rwiwe rwa…
Pechie Ntabona ryiza inyifato ya mugenziwe Monia, aho abarizwa muri ino misi. Imyidoga ikaba yatanguye kuboneka kuriwe asanzwe ari n’incuti yiwe, aho yidoga ko uwo muririmvyikazi ariko avuga ikinyarwanda mu kiganiro yahawe,…
Zinedine Zidane yaruciye ararumira imbere y’abanya Marseille bariko bamusaba kuterekeza ku mugwa mukuru. Mu gihe Zinedine Zidane abandanya avugwako cane kuba ari mu nzira yo kuba umumenyereza w’umugwi PSG, uwo mugabo nta…
Inyuma y’igiteramo kiriko kirategurwa mu bufaransa kizoba igenekerezo rya 5/3 c’umuririmvyi Mugani Desire, hamenyekanye ikindi buca akorera kuri uyo mugabane nyene. Inyuma y’indwi 2 gusa akoze igiteramo mu bufaransa, Big…
Nzeyimana Thomas Ubu abarizwa mu gisagara ca Bujumbura, inyuma yaho yari yakubitiye muri Tanzania kurangurirayo Ibikorwa vyiwe, ariko bikabonekako Ubuzima bwiwe yamaze kubwimurira mu gihugu c'amavuko, ibisigaye zizoba…
Mu misi iheze twari twabashikirije amakuru yavuga ko umuririmvyi Rayvanny ashobora kuba ariwe agira asezere muri WC, ariko mu nyuma hahavuye hamenyekana ko ari uwundi muririmvyi ari mu batari bwerekanywe ku mugaragaro ko ari…
Inyuma y’imyaka itari mike umuririmvyi Mugani Desire ataboneka mu biteramo ku mugabane wa Buraya, uwo muririmvyi ashobora kuba agiye gusubira kandi gukorerayo ibiteramo? Ico n’ikibazo umuntu yokwibaza inyuma y’ukubona ivyo…
Edisson ndayahoze ngo ikimujanye kuri Youtube s’ukurondera ama Views nkuko bamwe boba bavyibaza, ivyo uwo mumenyeshamakuru akaba abishikirije mu kiganiro yahaye imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo…
Inyuma y’igihe bataboneka mu muziki, umugwi w’abaririmvyikazi b’abanyarwanda ngo bagiye kugaruka n’inguvu nyinshi mu misi iza. Ivyo bikaba bigize imisi binuganugwa mu gihugu kibanyi c’urwanda aho hanasohowe ishusho barikumwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.