Ibiringo vyinshi vyagiye biratangwa ko bizoberako amatora mw'ishirahamwe ry'abaririmvyi bwaca kabiri ukumva ngo vyahinduwe ku mvo zitandukanye, hakaba harimwo no kuba hari umwe mubitoza atemera uko amatora…
Ibiheruka kwagirizwa Masterland ko yoba akoresha uburozi, uburyarya, canke ukudakora ivyo yemereye umuririmvyi Arnovic, ngo n’ububeshi butagira izina, ivyo uwo muririmvyi akaba aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye imwe mu…
Urubuga rwa youtube rw’umuririmvyi Berry Music ngo rwaribwe n’abantu bataramenyekana, ubu akaba ari akababaro ariko ngo abahinga bari ku kivi. Mu gihe abakunzi b’ibikorwa vy’uwo muririmvyi bari barindiranye igishika cinshi…
Inyuma y’"ibisusu" yatambishije abatari bake, Double Jay yoba yamaze guheza gutegura ikindi gikorwa gishasha? Birashoboka uravye amajambo uwo muririmvyi agize imisi acisha ku mbuga zitandukanye asanzwe akoresha. Uwo…
Indirimbo "isi n’ab’isi" ngo nta muntu umwe canke 2 bari bagenewe ubwo butumwa nk'uko abatari bake bashobora kuba bavyibaza, ivyo nivyo uwo muririmvyi yaganiriye n’imwe muma Webtv ya hano iwacu. Muri ico…
Amaze igihe kirekire muri uwu mwuga wo kuririmba uravye k'urubuga rwiwe rwa youtube Aimé M urabona ibikorwa vyiwe vyose yamara abikorera mu mahanga kuko ninayo asanzwe aba. Album yiwe yasohoye 2020 izwi kw'izina rya…
Bahawe ubutumire abo nabo si abandi ni B Face,Sat B ,Francine Niyonsaba,Mutima le Comédien,Kigingi,Natasha Burundi, babicishije mu nyandiko kumbuga zabo ngurukana bumenyi baremeza ko wari umunezero udasanzwe gutumirwa ku…
Ni umuririmvyikazi benshi bamenyereye mu muziki w'ikibiriraho ( live music) yamara nta gihe kinini amaze yafashe umwanzuro wo gusohora indirimbo ziwe bwite. Tuvuze ko atarahusha uko asohoye indirimbo ntitwoba dushikuje…
Icizere ngo kirahari ko Diamond Paltnumz na Alikiba bazoza mu misi ya Vuba bakumvikana, ico n'icizere gishikirizwa na bimwe mu binyamakuru vyo mu gihugu ca Tanzania, kuko ukutumvikana hagati y'abo bagabo kumaze…
Itangura gukora rya Spotify muri kano karere Uburundi burimwo ngo ni ikintu gikomeye cane ku baririmvyi b’abarundi, Ivyo n’ibishikirizwa na DJ Pro mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine. Ico kigo gisanzwe kiza kw’isonga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.