Bahoze ari ba rurangiranwa mu makungu ariko ubu umukungugu ntubaha agahengwe, abo nabo si abandi n'abatama bahurikiye mu murwi ndanga akaranga "Abagarukirakaranga" bahoze baremesha ibiteramo haba i Bwami, i…
https://www.youtube.com/watch?v=HGLfJzmauNI Ibiriko biraba ku kibazo ca Karim Babel ngo bishobora kuba ikibazo ku bandi bantu bazokenera ko bafashwa kurondera uburyo bwo kuja kwivuza mu mahanga. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa…
https://www.youtube.com/watch?v=2cB7rvYUq5o Mu misi mikeya cane indirimbo Umbamwo ya Esther Nish na Kidum irashobora kuzoba ikwije Views 1,000,000. Aho ni mu gihe imaze umwaka n’amezi 7 ishizwe ku rubuga rwa Youtube rw’uwo…
https://www.youtube.com/watch?v=gVRrkzNsEng Sat-b ngo ukwihanganira Meddy kwari kwageze kw’iherezo, ahitamwo gushira ahabona indirimbo Beautiful yakoranye nawe haraheze imyaka 2. Mu kiganiro yagiranye na Emmy akorera…
https://www.youtube.com/watch?v=wIuCCQ5ZPyo&t=27s Indirimbo Waah ya Diamond Platnumz na Koffi Olomide ibandanya gukora ibikora inka ku rubuga rwa Youtube, aho ubu igeze ku miliyoni 6 z’abamaze kuyiraba. Ivyo bikaba bibaye…
https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Nkuko Nziza Desire yari yavyemeye mu mezi yahera aho twabasha gukorana ikiganiro ari mu gihugu kibanyi c’Urwanda, amashusho y’indirimbo nshasha ariko arakorwa hano iwacu. Ayo makuru…
https://www.youtube.com/watch?v=OCb69BYgfRs Amafaranga 30,000 vy’amafaranga ya hano iwacu niyo umuririmvyi Mt Number one yaraye yemereye abafana biwe bamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Abo yemereye ayo mafaranga…
https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY&t=23s Uwundi yatewe n’abagizi ba nabi ni Kabizi l’eau Comedien, uwo nawe akaba yashikiriwe n’akaranda kariko kagwa ku vyamamare vy’abarundi basanzwe bafise imbuga…
https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Muvyo Imana yamuhaye, Kirikou avuga ko yahawe gutahura igituma yabayeho. Ico gituma ngo nukugira abandi bazobeho biciye mu minwe yiwe, Ivyo n’ivyo aheruka kuvugaira kuri Micro ya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.