Ugukomeza umutekano ku mbibe hamwe no kworohereza abakora urudandazwa hagati y’igihugu c’Uburundi hamwe na Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Kongo ni bimwe mu vyaganiriweko n’umushikiranganji w’Uburundi ajejwe…
Ukujaho kw'umunyamabanga ntayegayezwa arenga umwe mu bushikiranganji hamwe n'uko igisagara ca Bujumbura cotunganywa co kimwe n'izindi ntara, ni bimwe mu biri mu nteguro y'ibwirizwa risubiramwo ibwirizwa…
Mu gihe yariko aragirisha ikiganiro aho yishura ku bibazo vy'abenegihugu n'abamenyeshamakuru, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yagarutse ku nsiguro ya "Reta Mvyeyi" , akamaro…
Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 25 Nyakanga, umukuru w'igihugu c'Uburundi yaramutse atunganya ikiganiro kidasanzwe aho yishura ku bibazo bitandukanye vy'abamenyeshamakuru n'abenegihugu, ikiganiro…
Ngo ntihagire uwuzogwa mu muteko w'abiyitirira Nyeniteka Gelase Ndabirabe umukuru w'Inama nshingamateka y'Uburundi. Mw'itangazo ryasomwe n'uwuvugira uwo mutware, hagarutsemwo ko Hon. Gelase Ndabirabe…
Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Nyakubahwa Evariste Ndayishimiye yasubiriye kwibutsa abategetsi ko bokwerekana ubutunzi bafise, kugira ikiringo cabo nicarangira ntibaze bagerekweko inkono ishushe ngo barivye kandi…
Inyuma yo kugerageza kwitoza mu kibanza c'Umukuru w'Igihugu, ariko ntiyaronka ico kibanza, Dieudonne Nahimana yasubiye kuboneka mu kindi gikorwa. Imboneza Talk Show n'ikiyago categuwe na DNF, Dieudonne…
Nti bimenyerewe ariko bishobokera abavyizeye, Laetitia Mizero amenyesha abarundi ko batoza barikengera, ahubwo bogerageza kuko nawe yatanguye akora bukebuke, ariko ageze aho atagitinya guhiganwa n'Abanyamerika. Mizero…
Abiyamamariza amatora y'abakenguzamateka ategekanijwe ku wa 20 uku kwezi bahamagariwe kwubahiriza amategeko agenga ico gikorwa. Ako kamo katewe n'uwurongoye umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora…
https://youtu.be/oZSl3fhzRDw Umukuru w’igihugu c’Uburundi ahamagarira abarundi kuzirikana ko batokwigira sindabibazwa mu kugiriranira imigenderanire myiza n'amakungu. Biri mw'ijambo yashikirije abarundi mu ntumbero…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.