Intambara turwana buri musi ni intambara z'ukwigizayo ico cose cohava kiza guhungabanya amahoro mu mutima. Iyo bishitse umuntu akavyuka akomeye araheza agashimira Imana. Eka kandi biraheza bikagenda uko nyene n'iyo…
Abakokayi batatu bakorera ku bituro vy'imiduga i Buta no mu Kivuruga muri komine n'intara ya Bururi baridegemvya kuva kuri uyu wa mbere, inyuma y'indwi hafi bapfungiwe mu gasho k'igipolisi i Bururi.…
Ku makuru dukesha insamirizi Isanganiro n’uko mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 22 Gitugutu umwaka w’2019, n’uko hazindutse humvikana urwamo rw’amasasu ku mitumba ya Dondi, Kayange hamwe na Masare yo muri…
Nk’uko vyashikirijwe n’ubushikiranganji bujejwe umutekano, ugukinga no gutabara mu bihe vy’isibe n’ibiza bubicishije ku rubuga ngurukanabumenyi rwabwo Twitter, ubwo bushikiranganji bumenya ko kuri uno wa kabiri igenekerezo…
Igihe yariko agendera akarere ka Tanganyika mu ntara ya Katave hafi y’urubibe igihugu ca Tanzaniya gihana n’Uburundi, umukuru w’igihugu John Pombe Magufuli, yabwiye abarundi bari mu makambi y’impunzi ko botangura gutahuka…
Mw’ijambo ryiwe ryamaze iminota mirongo itatu, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Ezechiel Nibigira yari yaserukiye Reta y’Uburundi mw’ikoraniro kaminuza rya ONU rigira 74, yamenyesheje abari aho…
Mu kiganiro umuvugizi w’ubushikiranganji bw'umutekano n'ugutabara mu bihe vy'ibiza n'isibe OPP1 Nkurikiye Pierre yahaye abamenyeshamakuru ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 23 Nyakanga…
Mu gitondo co kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 23 Nyakanga umwaka w'2019 niho hatorwa ibisasu ntezwantoke bitatu, aho ni muri zone Musaga, komine Muha mu gisagara ca Bujumbura. Nk'uko bishikirizwa…
Kuri uyu wa kane waraye uheze igenekerezo rya 6 Nyakanga umwaka w'2019, abarundi bangana n'520 nibo baraye bakiriwe bahungutse bavuye mu nkambi y'impunzi y'i Nyarugusu mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya,…
Igisirikare c’igihugu ca Somariya cashikirijwe n’abasirikare b’igihugu c’Uburundi bagiye kugarukana amahoro muri ico gihugu ikirindiro c’ahitwa Warshik mu mugambi wo gushira mu minwe y’igisirikare ca Somariya ibikorwa vyose…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.