Igiporisi co mu ntara ya Rutana casubije inka 42 kuri benezo b’abanyagihugu bo mu gihugu ca Tanzaniya inyuma yaho zifatanywe abantu 4 harimwo umutanzaniya umwe muri zone Kayero komine Mpinga Kayove mu ntara ya Rutana .…
Umunyamabanga mukuru w'ishirahamwe mpuzamakungu ONU, Antonio Guterres ari mu rugendo rudasanzwe mu gihugu kibanyi ca Repubirika iharanira demokarasi ya Kongo kuva ku musi wa gatandatu, igenekerezo rya 31 Myandagaro…
Abantu bane bagizwe n’abarundi batatu hamwe n’umutanzaniya umwe nibo bafashwe n’abajejwe umutekano kuri uno wa mbere igenekerezo rya 2 Nyakanga umwaka w'2019 muri zone Kayero komine Mpinga Kayove mu ntara ya Rutana…
Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Myandagaro umwaka w'2019, umushikiranganji w'intwaro yo hagati, inyigisho zo gukunda igihugu n'iterambere ry'abenegihugu, Pascal Barandagiye yagendeye impunzi…
Atahutse agana umuhana, umwamikazi wa Vivi Muyomba yategerewe n'abagizi ba nabi bamutemaguza imipanga mu Kamesa iyo asanzwe aba. Umurimvyikazi Linah la Blanche yaguye mu mutego w'abagizi ba nabi mw'ijoro ryo…
Abanyororo bane bapfungiwe mw'ibohero rikuru ry'i Gitega baraye bakomerekejwe n'abanyororo bagenzi babo mu kajagari kadutse muri iryo bohero hagati y'imigwi ibiri. Nk'uko tubishikirizwa…
Abantu batanu nibo baraye bakomerekeye mu giteramo c’ihiganwa rya Primusic caraye kibaye kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 28 Mukakaro umwaka w’2019 ku kibuga c’ishure ryisumbuye ry’imyuga ETS Kamenge. Nk’uko…
Imodoka yo mu bwoko bwa Probox yari itwaye imifuko irimwo igiti c’umuvyivyi c’i Bugabira mu ntara ya Kirundo yafatiwe ahitwa ku Mukenke i Kobero mu ntara ya Muyinga iriko ija mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya. Nk’uko…
Igiporisi c’Uburundi cerekanye inkozi z’ikibi zine zagirizwa gukora ubugizi bwa nabi butandukanye bari basanzwe bari mu murwi umwe n’abandi bagizi ba nabi babiri baheruka gupfa bahitanywe n’amasasu y’abaporisi mu gihe bari…
Mu gatondo ko kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 16 Mukakaro umwaka w’2019 ku rubibe Uburundi buhana n’igihugu kibanyi ca Tanzaniya neza na neza ahitwa i Mugina mu ntara ya Makamba niho abantu bagera kw’ijana na…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.