Mu gihe ikiringo bari bahawe carangiye kuwa 31 Myandagaro 2021, ingingo ruhasha zafashwe n’umukuru w’igisagara ca Bujumbura Jimmy Hatungimana guhera uno musi ku bantu batari bwabomore amazu kumwe n’ibindi bintu vyose bubatse…
Comme annoncé dans un communiqué de presse de ce 23 Août 2021, il s’est tenu au Burundi, du 29 Juillet au 04 Août 2021, une opération Usalama (= mot swahili qui signifie sécurité), qui visait à lutter contre les crimes…
En date du 21 Aout de chaque année, la communauté internationale célèbre la journée mondiale dédiée au souvenir en hommage aux victimes du terrorisme. Comme d’habitude, le Burundi s’est joint au reste du monde pour commémorer…
Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 20 Muandagaro 2021, niho abarundi babiri bari bafatiwe mu gihugu c'Urwanda bashikirizwa inzego z'umutekano mu Burundi ku rubibe Ruhwa mu ntara ya Cibitoke. Abo nabo ni : Gahimbare…
Ikiringo c'indwi zibiri nico umushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati mu gihugu yahaye uwutwara "Cellule" Mugoboka ya mbere iri muri karitiye Mutanga Sud n'abo bafadikanije mu kubomora amazu arenga 10…
Amamashini atandatu agendesha ubwato buroba yaraye yibwe abarovyi b'abarundi bakorera ku myeha y’uburovyi ya Rumonge na Karonda mu gicugu co kuri uyu wa kabiri. Uwurongoye urunani rw'abarovyi n'abadandaza…
Hari umukenyezi yishwe arashwe n'umuporisi mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 29 Ruheshi 2021 muri karitiye Gisyo zone Kanyosha, komine Muha mu gisagara ca Bujumbura. Amakuru ava ahabereye ubwo bugizi…
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ahamagarira intwazangabo mu giporisi kwitaho gukomeza amahoro n’umutekano kugire ibikorwa vy’iterambere biranguke neza. Evariste Ndayishimiye yabateye ako kamo mu nyigisho zo…
Abasirikare umunani b’abarundi bari mu nteko za ONU zasize ubuzima ku rugamba, bari mu ntwari zishimirwa kuri uyu wa kane ku musi ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryahariye izo nteko. Nk’uko biri mw’itangazo ryasohowe kuwa 26…
Haratewe amagerenade, mw'ijoro ryo kuri uyu wa kabiri, hagati mu gisagara ca Bujumbura iruhande y'ahahoze isoko nkuru hamwe no mubindi bice nko mu micungararo y'isoko ya Cotebu. Ubushikiranganji bujejwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.