Urwego rwo kwivuna abansi mu Burundi rurabeshuza amakuru avuga ko ku butaka bw'Uburundi hoba hari umugwi w'inkozi z'ikibi zifise umugambi mubi ku gihugu c'Urwanda. Rurabeshuza kandi ko hoba hari umurwi…
Uruganda rwatunganijwe n'ishirahamwe ryitaho abanyororo n’imiryango yabo Ntabariza rwabandanije kuri uno wa kabiri mu ntara ya Gitega ku basirikare bakora mu butungane bwa gisirikare. Abasirikare bariko barahabwa izo…
Emelyne Ndayishimiye yataye ubugeni ku musi w'umuhezagiro wo mu rusengero, agasiga umugabo mu vyambu, yerekanywe n’igiporisi c’Uburundi kuri uno wa mbere, igenekerezo rya 24 Rusama 2021, hari haciye amezi arenga atatu…
Reta y’Uburundi isaba abantu bari bapanze amazu mu Gatumba no mu Rukaramu hanyuma agaterwa n’amazi kuja gupanga ahandi kugira itorere inyishu irama ico kibazo. Isaba kandi abanyagihugu gutegura imitima ku ngingo igiye gufatwa…
Ibikorwa vy'ishengero "Grace Evangelistic Temple of Burundi" vyahagaritswe vy'imfatakibanza mu Burundi bwose, kw’itegeko ry'Umushikiranganji w'intwaro yo hagati, iterambere rusangi n’umutekano.…
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yashikirije ubutumwa bwo guhoza imiryango yaraye ibuze inyuma y'aho yumviye inkuru y'umubabaro aho mw'ijoro ryo kur'uyu w'Imana igenekerezo rya 9 rusama 2021,…
Umushikiranganji wo kwivuna abansi no kwitaho abahoze ku rugamba ahamagarira abasirikare kwirinda kuja mu bunyero ngo kuko biri mu bituma barasa abantu bahahurira. Alain Tribert Mutabazi yabishikirije mu gitondo co kuri uyu…
Mw'itangazo ryashizwe ahabona babicishije ku rubuga ngurikana bumenyi rwa facebook ya Police y'Uburundi bamenyesheje ko amategeko yo mwibarabara agikora. Hari kuri uwu wa 06 Ndamukiza 2021 aho babicishije muri aya…
Abarundi barenga ibihumbi icumi n'indwi nibo bamaze gutahukanwa kuva uyu mwaka utangura gushika kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 17 Ntwarante 2021. Ivyo bitigiri bitangwa n’umuyobozi mukuru ajejwe gutahukana impunzi mu…
Mu ntumbero yo kurwanya no gutuza burundu urudandazwa rukorerwa abantu hamwe n'ubundi bubisha, igiporisi c’Uburundi giherutse gufata abantu harimwo abaporisi bahora bakorera abantu impapuro zo kuja hanze z’inyiganano…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.