https://youtu.be/LYcJ9Ui_8HE Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 23 Ruhuhuma 2021, ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano bubicishije ku muvugizi wabwo, bwerekanye abantu bane barimwo…
Igiporisi c'Uburundi cerekanye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021, abagizi ba nabi bafadikanije n’umugore wa nyakwigendera kubwicanyi bwabaye mwijoro ryo kuwa 24 rishira uwa 25 Munyonyo umwaka uheze muri…
Kuva kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 11 Nzero 2021, amazu y’ubutambito hamwe no kuvuza imiziki mu bunywero vyahagaritswe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano. Petero Nkurikiye…
Ubushikirangaji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi buriyamiriza ingendo itabereye yo guhohotera abantu badafise ubushobozi bwo kwigwanira nk'abana bamaze iminsi bahohoterwa canke banyuruzwa.…
Urunani rw’amashirahamwe y’abakozi bo mu nzu be n’ayabakoresha babo CATED Burundi ruriyamiriza ubugizi bwa nabi bwo kwiba mu mazu no kunyuruza abana bikorwa na bamwe mu bakozi bo mu mazu. Mw’itangazo ry’urwo runani, Serges …
«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri uno wa mbere igenekerezo rya 30 Munyonyo 2020 mu nama…
Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano busaba abaporisi kubandanya bashira mu ngiro umugambi w'igiporisi c'akarorero, gukorana neza n'abo basanzwe basangiye imirimo…
https://www.youtube.com/watch?v=7v0N6UKvKKc I moto ni bumwe mu buryo bwo kwiyunguruza bukoreshwa cane mu bisagara bitandukanye bigize igihugu cacu. Baba abagendesha canke abatwara kuri Moto, bikaba biboneka ko batitaho cane…
https://www.youtube.com/watch?v=OKRjqs2eh3c Tundu Lissu yahora ahanganye na John Pombe Magufuli mu matora y'umukuru w'igihugu muri Tanzania yarahunze igihugu muri ino ndwi buca turangiza. Intandaro ngo n'abantu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.