Mu kiganiro umuvugizi w'ubushikiranganji bw'umutekano Petero Nkurikiye yagiraniye n'abanditsi hamwe n'abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 7 Ruhuhuma 2020, yamenyesheje ko kuva ubu…
Ati, naho ico kiza bitaribonekeza ko coba caramaze kudutera, ibitari bike vy'ukumera amagabo vyovyo biza vyaratanguye. Aha rero muri ivyo harimwo inyifato ihanurwa nk'ugukaraba mu gihe tuba tuvuye ahantu hari…
Igipolisi ca Afrika y'Epfo cataye muri yompi abanyamahanga 100 badafise ibibaranga mu karere ka Diepsloot kari mu buraruko bw'igisagara ca Johannesburg inyuma y'imigumuko yadutse muri ico gisagara. Iyo…
Abantu bagera kuri icumi na batanu nibo bamaze kumenyekana ko bitavye Imana n’ayo abandi bataramenywa igitigiri barabura irengero inyuma y’umukuba wadutse ku kiyaga kiri mu burengero bwa Repubirika iharanira demokarasi ya…
Nk'uko tubikura mu kinyamakuru" www.lemonde.fr/Afrique " ngo inzige ziriko zirabica bigacika mu bihugu vya Afrika y'ubuseruko za Kenya, Ethiopia na Somalia. Ishiramwe mpuzamakungu ONU ngo ryarateye akamo…
Ku musi wa gatandatu abantu 4 barasize ubuzima mu gitero c'abihevyi b'abanya Islam begamiye umuhari Al-Qaida. Ivyo bikaba vyabereye ku mugwa mukuru wa Somalia Mogadiscio. Ico gitero kikaba cakozwe hakoreshejwe…
Irani ivuga ko yahagaritse umuntu yafashe ireresi yerekana ya ndege ya Ukraine yari itwaye ingenzi yarashwe n'igisasu ca misire. Uyo muntu ashobora kwagirwa n'icaha co guhungabanya umutekano w'igihugu. Iyo…
Ibindi biganiro vyo gutorera umuti ikibazo kiri hagati ya Etiyopiya na Misiri gishingiye kuri kazoza k'umugambi w'urugomero rw'umuyagankuba ruri ku ruzi Nili biri mu gusubira kuba i Washington. Mu mwaka uheze,…
El shabab yasubiye kugaba igitero kw'ikambi y'abanyamerika mu bumanuko bushira uburengero bwa Kenya, aho hari kuri uyu wa mungu. Umusirikare 1 n'abasivile 2 b'abanyamerika nibo igisata AFRICOM kimenyesha…
Amafaranga ataramenyekana igitigiri yaraye yibwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatanu buca ari kuwagatandatu igenekerezo rya 3 Nzero 2020 muri komine Mukaza, zone Rohera muri karitiye Kabondo mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.