Big Fizzo ngo akaramuka adasavye ikigongwe abarundi, kubera ivyo aheruka gushikiriza ko ata murundi w'umudimudimu ahari, Kandi ko yatanguje intambara n'abo benshi bakunze kwita abadimudimu, ngo ashobora guhamagarwa…
Ahari impene ngo hasigaye ikiziriko, uko Niko twovuga dukubitiye Kuri rubuga rwa YouTube rw'umuririmvyi Double Jay. Ahari indirimbo ya Kirungo yari yasohoye ku musi w'Imana, nta kihasigaye. Mu gihe hari hatanguye…
Francine niyonsaba muvyo agize imisi ashikiriza Ku rubuga rwiwe rwa Facebook, yagirijwe ko bimwe murivyo harimwo ukuvuguruza Leta mvyeyi, none abamukurikirana abamufatiye hejuru, nawe araruca ararumira. Francine Niyonsaba ngo…
Naho abantu Bazi ko abakozi b'Imana ari ibihangange, ngo bwa bundi n'abo barashikirwa n'ibibazo bikomeye, ariko Dudu Niyukuri we ngo uburyo abivamwo ngo habamwo kwibuka ivyo yabayemwo, Imana ikamurinda. Ikosa…
Mista Champagne ngo Diamond Platnumz niwe yabaye imbarutso y'uwo muririmvyi kugira abashe kuvuga Kuri Kajala, kuko yaramukanguye ngo arondere uburyo ashika muri Tanzania. Bwabundi rya bomborabombora rya Mista Champagne…
Naho amaso yatukuye mu gusaba ikigongwe kubera ko yababaje ngo abogiye kumuraba mu giteramo ariko arategurirwa haba mu bufaransa co kimwe no mu bubirigi, uwo muririmvyi yoba yaratomboreye muri ukwo gutukwa n'abatari bake…
Ngo indyarya gusa n'izo zipfurije Isabukuru nziza muka Big Fizzo Nelly yagize ngo bamwe bagirira Surprise muka Big Fizzo ni indyarya gusa, kuko iyaba bakunda Manager Stein ngo ntibari kureka kumushigikira acitoza. Ariko…
Kuri uyu wambere igenekerezo rya 13 Ntwarante 2023, uwusanzwe aramutswa inzu y'ubunywero Guerra Plazza iri muri Comune Ntahagwa zone Kamenge yari yahamagaje abanditsi n'abamenyeshamakuru kugira bayage kukungene…
Mow Kanzie asubiriye Kandi kuvugwa n'abatari bake mu bamukurikirana ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha, Inyuma yo gushirako amashusho atandukanye. Uwo muririmvyikazi yaragize imisi avugwa mu rukundo na…
Nk'uko tubitohoza tukabisanga mu bashakashatsi banyuranye, burya ngo buri musi wose urafise inguvu uba wisangije.( Vibrations ). Aha twokwibukanya ko mu vyo Imana yemereye abana bayo kwari uko bobayeho mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.