Meili collabo agiye kuduha nawe iramuteye ubwoba Meili ntakiri muvy'amajambo ubu akoresha ibikorwa mu kiganiro yakoranye na Indundi Magazine yabwiye abakunzi biwe ko bobandanya barindiriye ataramenya indirimbo agiye…
Vianney benshi muzi nka Vichou ibintu vy'ugufata indege nk'uwufata ikinga yabigize umwuga, inyuma yo kwerekeza Kampala agafata amasanamu y'indirimbo, akanahakorera Indirimbo yakoranye n'umuhinyanyuzi…
Umurwi Simba Sc ukinamwo umukinyi w’Umurundi Saidi Ntibazonkiza waraye werekeje mu gihugu ca Guinée mu ntumbero yo gukina urukino rwa mbere rwo mumatsinda rya Caf Champions League ruzobahuza na Horoya Fc kuri uyu wa gatandatu…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF , ryaraye rikuye ikibuga Huye co mu Rwanda mu bibuga vyemerewe kwakira inkino mpuzamakungu hamwe n’ikibuga ca Martyrs yo muri RDC . Ivyo bikaba bibaye mugihe Urwanda…
Umuririmvyi David Nduwimana asanzwe aba muri Australie atako adakora kugira umuziki w'Uburundi ubandanye umenyekana mu makungu nkuko mwabibonye no mu ndirimbo yiwe yaririmbishije umuzungu ikirundi. Ubu naho agomba…
Ni mugihe Hari haciye igihe benshi baguma bavuga umuririmvyi Chany Queen yuko yahagarikije kuririmba kuko yari mugacere kadasazwe umwaka 2022 utarahera yaciye adutamwo album izwi kw'izina rya Colors. Mugihe iyo…
Vichou love ngo agiye gukorana na Happy Famba isi yose ibimenye abavuga ko yandoze babandanye kuvuga sindota ndamuva inyuma ahubwo vuba tugiye kubamenyesha ibigiye gukorerwa muri the Fighter indirimbo ziruzuye. Ivyo…
Sat-B acishije ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe yanditse amajambo akomeye harimwo guhumuriza abakunzi b'umuzi w'abarundi ko umuziki wiwe n'uwabarundi bivuzwa mu makungu. Yanditse agira ati:"umuziki…
Chany Oueen mu kiganiro yakoranye na Hil top TV Yavuze ko atazi Lolilo Kandi ata n'umwana bafitaniye umwana wiwe afise Se, Kandi Lolilo ngo batibigeze banakundana. Ivyo nivyo benshi batatahuye kuko urukundo rwabo…
Indirimbo Body ya D One na Social Mula mu mezi 2 gusa imaze ishizwe ahabona, iyo ndirimbo ubu imaze kurabwa incuro ibihumbi birenga 600 ku rubuga rwiwe rwa YouTube. Iyo ndirimbo ikaba iharurwa mu ndirimbo zakunzwe uno mwaka…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.