EntertainmenthomepagekirundiUncategorized

Sat B ngo uvuze ko umuzi w’uburundi udakunzwe ntimwovyumvikanako

Sat-B acishije ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe yanditse amajambo akomeye harimwo guhumuriza abakunzi b’umuzi w’abarundi ko umuziki wiwe n’uwabarundi bivuzwa mu makungu.

 

Yanditse agira ati:”umuziki wanje w’abarundi uravuzwa hanze naho bitari kurugero rushimishije RFI, Trace muziki, Genessus Rwanda, Clouds Tv Tanzania, NTU Kenya, Chanel Uganda n’ahandi henshi
Abarundi benshi ibi ntibabizi kuko benshi badasohoka Kandi ntacobitwaye.”

Yongeye aravuga ko umuziki utari I Bujumbura Gusa nyabuna hagati mu gihugu niho yasanze bahururumbira umuziki I Bujumbura azohakorera ibiteramo bikomeye muri za Quartier zizwi kozibamwo abatunzi nka Kiriri, kibenga, kabondo, nahandiii
Umuziki wiwe ngo ushatse urawumviriza udashaka ukareka, nayo mu giteramo narakuryoheye uraza ntakuryoheye ntuze.

Kubwa Sat-B ngo ntamuririmvyi muri aka karere yoza amukanga ibindi nivyabo kumenya.

Akajambo kamwe Kuri Sat-B

What's your reaction?

Related Posts

1 of 776