Kubwa Sat-b ngo Belle Nice w'ubu ntiyomugurana na Belle Nice wa kera, kuko uw'ubu ari umuruturutu nayo uwa kera ngo ntiyomunywerako amazi. Ibintu birashushe kuri Facebook z'abanyarusaku bamwe bamwe hano iwacu,…
Ukudashigikira umugabo wiwe, Alvin Smith, mu bikorwa vyiwe vy'umuziki, Nirna avyerekanye ukundi, inyuma z'ibibazo bimwe bimwe vyibazwa. Mu misi iheze, Hari amakuru yakwirakwijwe hirya no hino ko Umugore wa Alvin…
Abel Nduwayo umukinyi wa Film mu Burundi aheruka kuduha film yo kurwego rwo hejuru, yise "East Afrika Love" yakoranye n'abarundi n'abanyarwanda inakorerwa muri ivyo biguhu vyompi, iyo film ikaba ikunzwe…
Esther Nish hari ukuntu umengo muri ino misi na cane cane mu mezi yanyuma ahereza umwaka 2022, ntiyabonetse cane mu biteramo bitegurwa mu gihugu, bikaba biri muri bimwe vyatumye abakunzi biwe babona ko umengo yatakaye. …
Yanick Uttar ni umuririmvyi aririmba indirimbo zo kuninahaza Imana akaba asengera muri Holy center church irongowe na Apotre J Paul Manirakiza. Uwo muririmvyi mwamumenye cane mu ndirimbo ziwe nka Nzovuga, Ibendera…
Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 24 Kigarama 2022 niho umurwi Let The Star shine urongowe na Sandy Nduwimana umuririmvyikazi aba mu gihugu ca Canada bari bagendeye ikigo kireze abana ba ntahonikora Centre Chiaraluse kiri…
Mr champagne yatanguye gukeza D-one ko ari umuririmvyi akomeye Kandi abishoboye cane no mu karere ka Afrika bikunda ko yofatisha akoresheje impano yiwe. Yaciye agaruka kubutumwa bamwe na bariya babandanya batanga ku…
Yari yaramaze kubimenyesha ko agiye gukora ibiteramo 2 mu gisaga ca Bujumbura igenekerezo rya 24 na 25 Kigarama 2022. Yasubiye arabisigura neza ageze ku kibuga c'indege co mu gihugu c'Ubuganda agana i…
Mu ntumbero yo gusangira umusi mukuru wa Noël n'ababaye, ishirahamwe ryo gutwara abantu n'ibintu Van Transport ryaterereye uburyo bungana n'i milioni zitatu z'amafaranga y amarundi (3.000.000Fbu), kugira…
Uburundi bugiye gutegura urubanza rukomeye cane rw’inkino za Volley ikinirwa ku musenyi . Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 20 Kigarama 2022 kuri Beach Petit Bassam aho uwurongoye ishirahamwe rya Volleyball mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.