Mkombozi ngo Hari hageze ko atahuka mu gihugu ciwe c’amavukiro
Igihe ngo Cari kigeze kugira atahuke mu gihugu ciwe c'amavukiro, ivyo vyashikirijwe na Mkombozi mu kiganiro yagiranye na mugenzi wacu akorera imboneshakure Isaac Tv. Muri ico kiganiro bamubajije aho azoba akomotse,…