Sat-b yagarutse ku bamuciye intege mu Buzima
Abarundi barayamaze ngo uwanka agakura abaga umutavu, nayo Mkombozi we ngo uwutera umugere igikere aba ariko aracunguruza, Sat-b we aca awuca umurya ngo uwamuciye intege niwe yamufashije gusumba. Inyuma y'ukuronka…