Menya uko Sat-B yabaye verified Kuri Twitter
Umuririmvyi Bizimana Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-B, yabaye uwundi murundi abashije kuronka Verification ku rubuga rwa Twitter. Ico gikorwa nkuko amakuru dukesha urubuga rwa Google abishikiriza, cabaye ku musi wa Kane…