Naho Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryari yanse gutanga umukinyi Danny Ndikumana ku Rwanda , uwo mukinyi yabonetse ubwa mbere mu myimenyerezo y’umurwi nserukira gihugu w’Urwanda . Ishirahamwe…
Umurwi nserukira gihigu w’Intamba mu rugamba muri Handball w’abatarenza imyaka 18 wagendewe n’indongozi z’ishirahamwe rya Handball mu Burundi . Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 08 Ruheshi 2023 , Isaha cumi n’umwe…
Naho atatumweko mu murwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza ntasiba kwerekana ubushobozi afise mu murwi wa Simba Sc . Hari kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 06 Ruheshi 2023 , aho umurwi Simba Sc wahura…
Myugariro w’Intamba mu rugamba Frédéric Nsabiyumva yatumweko mu murwi nserukira gihigu w’ Uburundi Intamba mu rugamba ugiye gutana mu mitwe n’umugwi nserukira gihugu wa Namibie mu rukino rwo kurondera itike ryo kwitabira CAN…
Inyuma yo gutorwa nk’umukinyi mwiza afise amamuko yo muri Africa mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere c’Ububirigi , akongera kandi agatorwa nk’umukinyi mwiza yaranze ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihigu c’Ububirigi (…
Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 31 isaha icenda 15h00 ku kibuga citiriwe Intwari , aho uwurongoye ibikorwa vyo kwubaka ico kibuga Honorable Réverien Ndikuriyo ari kumwe n’icegera ciwe Général de Brigade de…
Ntakindi Francine Niyonsaba yokwihutira gukora kugira yemererwe kuzoserukira Uburundi mu nkino za Jeux Olympique zizobera mu Bufaransa mu mwaka wa 2024 , atari kugabanya urugero rw’inkabuzo ngabo ( Testostérone). Hari…
Umumenyereza w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije ngo ntibagendera kuri kahise . Hari kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Rusama 2023 Isaha zitandatu ( 12h00) ku kigo c’Ishirahamwe ry’Umupira w’amaguru mu Burundi FFB…
Umurundi yamye akunda umukinyi rurangiranwa wa kera wa Cote d’Ivoire hamwe na Chelsea Didier Drogba yuguruye ishure ry’umupira w’amaguru mu Burundi aca aryimwitirira. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Rusama 2023…
Ico Saido Ntibazonkiza na bagenzi biwe bokwihutira gukora ngo ni ukuvugana na Staff y’Intamba mu rugamba kugira barabe ko icoba catumye badahamagarwa mu murwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba kitoba ari ugusiba mu nkino…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.