Zimwe mu ntabamyi z’ubushikiranganji bujejwe iyinjira ry'Uburundi mu muryango wa Afrika y'ubuseruko, urwaruka, inkino n'imico kama ngo n’uko bakiriko barariha ibirarane vy'intererano y'Uburundi muri…
Jean Armel Matata ngo muvyo yibuka ku muvyeyi wiwe Christophe Matata nuko yitavye Imana ataramwumvisha indirimbo yaheruka gukora, kuko uwo muvyeyi yari mu rugendo rw'akazi muri Afrika y'epfo aho yarafise ibiteramo.…
Abaririmvyi ngo ntibari bakwiye guta ishavu kuba Dj. Igituma ngo nuko nabo bafise ivyo baba bagenderako bitandukanye n'ivyo abaririmvyi baba bashaka. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Black g mu kiganiro yagiranye…
Ibituro vy’ibitoro 7 kuri 31 biri mu gisagara ca Bujumbura ngo bitanga igitoro kidakwiye. Ivyo ni ibiri mw’itangazo umuyobozi ajejwe ibitoro mu bushikiranganji bw’ubutare n’agataka yasohoye ku muhingamo wo kuri uyu wa…
Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 10 Gitugutu 2020, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yari yateye iteka ibirori vy’ukwugurura ingoro nshasha y’umugambwe CNDD-FDD yubatswe n’abanyakayanza ku murwa mukuru w’intara ya…
Inyuma y imyaka cumi n’ibiri mu mahanga neza na neza mu gihugu c’Amerika Nziza Désiré yaramaze gusesekara mu gisagara ca Bujumbura. Nziza akaba ariko arahabwa ikaze n'abo basangiye umwuga wo Kuririmba. Mwomenya ko ari…
Inyuma y’igihe kitari gito ataboneka ku rubuga rw’umuziki, John Classic, umurundi asanzwe arangurira imirimo yiwe muri Canada yagarutse muri game ya music. John Classic asanzwe aririmba indirimbo zishemeza Imana, Gospel,…
Umushikiranganji ajejwe itumatumanako ry’amakuru aragabisha abakozi bakorera muri posita y’Uburundi ku bijanye n’ubunyonyezi buvugwayo ko bagiye guhagurukirwa. Marie Chantal Nijimbere ahamagarira umwe wese mu bakora muri ico…
Kuri uyu wakane waraye uheze, igenekerezo rya 8 Gitugutu 2020, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y'abantu n’ukurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yaratanze icegeranyo c'isekeza " Ndakira, sinandura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.