Ndayirukiye Fleury na Usanase Bahavu Jeannette bagiye kugira ubugeni, aho ngo ni mu kwezi kw'12 ku ma genekerezo ataramenyekana neza, ariko Save the Date yabo ikaba yerekana igenekerezoi rya 17 n'irya 20 kigarama.…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 7 nyakanga, Inama y'abakuru b'ibihugu vy'Uburundi, Urwanda, Congo , Uganda na Angola yasivye yari kubera i Goma ku butumire bwa Nyakubahwa Tshisekedi, iraba hakoreshejwe…
Kw’igenekerezo rya 25 Nyakanga 2020, igiporisi kidasanzwe kijejwe kurwanya ibiturire n’ivyaha bigikomokako bariwe akara n’abenegihugu bo ku murwa mukuru wa poritike Gitega barafashe ibidandazwa vya magendo bigizwe n’ibitenge…
Umuririmvyi Tylo Sixer ahereye kubitaribike vyagiye bishikirizwa na Big Fizzo hamwe na Sat-B ubwabo nyene , bafatiye ku majambo baterana batyozanya, niyo yatuye Sentare mu ruririmbo rwiwe yise Mubutungane. Uwo muririmvyi mu…
Inyuma y'imyaka itandatu irangiye Reta y’Uburundi itanguje umugambi w’amashure-shingiro mu ntumbero yo kwongereza akanovera k'inyigisho, ubushikiranganji bw'indero n'ubushakashatsi bufadikanije…
Umurwi w'ingabo z’Urwego rushinzwe kugenzura imipaka yo mu Karere k’Ibiyaga Binini, EJMV (Extended Joint Mechanism of Verification) rugize Inzego z’Inama mpuzamakungu y’Akarere k’Ibiyaga Binini (CIRGL) watanguye gukora…
Amafaranga angana n’imiriyaridi 2 z'amarundi niyo yatanzwe n'abarwizatunga batandukanye mu ntumbero yo gusanura isoko ya Kamenge iherutse gusha. Mu rugendo umukuru w'igihugu c’Uburundi Évariste Ndayishimiye…
Ugukomeza umutekano ku mbibe hamwe no kworohereza abakora urudandazwa hagati y’igihugu c’Uburundi hamwe na Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Kongo ni bimwe mu vyaganiriweko n’umushikiranganji w’Uburundi ajejwe…
Imirwi 11 yo mu cicaro ca mbere na 10 yo mu cicaro ca kabiri niyo izohiganwa mw'ihiganwa ry'umupira wo ku musenyi nkuko vyameshejwe na Juma Musoma arongoye igisata co guteza imbere umupira wo ku musenyi . Imirwi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.