Reta y’Uburundi isaba abaserukira ibihugu vyabo hamwe mu Burundi hamwe n’amashami y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi kugira ico bakoze kugira Uburundi bukurwe ku rutonde rw’ibihugu vyama vyigwa na ONU. Ako ni akamo…
Isekeza ryari rimaze amezi atatu ngo ryagenze neza kuko abantu bari banduye umugera wa Corona bakize. Ivyo ni ibishikirizwa n’umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye, aho amenyesha ariko ko bikwiye ko urugamba…
Baciye ku rubuga rwayo rwa Twitter " The Nobel Prise" ,kuri uyu wa gatanu , comité ya Nobel y'i Norvège yashikirije agashimwe k'amahoro "Prix Nobel de la Paix " ishirahamwe PAM ku bwo kwitanga…
Komine Mukaza yo mu gisagara ca Bujumbura ifadikanije n'ishirahamwe CEPRODILIC yatanguje umugambi wo gusukura igisagara mu gushiraho ibisandugu vyo gutamwo imicafu mu bibanza bihuriramwo abantu benshi. Iyo micafu igizwe…
Umusi mpuzamakungu wahariwe kurwanya ibiza ngo ni akaryo ko guhimiriza abanyagihugu gukinga ibiza vyobangamira ubuzima bwa kiremwa muntu, ubutunzi hamwe n’ibidukikije. Ivyo ni ibiri mw'itangazo ry'ubushikiranganji…
Mu majambo aca ivutu no kwihebuza abana bariko baraza neza mu muziki ngo atumwa n 'inzigo za bakuru babo ku mvo zuko boba batanezererewe nuko bariko bakora ibishimwa. Ayo ni amwe mu majambo agenda aravugwa n’abakunzi…
Ku rwaruka rwipfuza kwinjira mu giporisi, ubushikiranganji nw'intwaro yo hagati, iterambere rusangi n'umutekano bumenyeshako buzokwandika abinjira mu nzego zose : Intwazangabo, ibisongerezi, hamwe na batobato.…
Imiliyoni 12 z’amafaranga y’amanyaburaya hafi imiliyaridi 27 z’amarundi niyo ishirahamwe ry’ubumwe bwa buraya bwashize mu mugambi wo kuronsa umuyagankuba uva ku mishwarara y’izuba uburere bwo hagati mu gihugu mu ma komine 28…
Bain Turo n'amarira menshi yasavye imbabazi Abarundi bose n’umuryango yahoramwo ko bomugirira imbabazi kuvyamubayeko. Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 07 Gitugutu 2020,umuririmvyi Bain Turo yasavye imbabazi abarundi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.