Reta y'uburundi isaba akarere ka Afrika y'ubuseruko kwikora ku bakozi bako bari mu gihugu c'Uburundi mu gikorwa co gucungera amatora ategekanijwe kuwa gatatu w'indwi iza. Mw'ikete…
Nahimana Dieudonné yavukiye muri komine Gasorwe mu ntara ya Muyinga mu mwaka w'1974, akaba agiye guhiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu ku giti ciwe. Mu vyo yaranguye, haciye imyaka 25 atanguje umuhari…
Imigambi mikuru mikuru Léonce Ngendakumana avuga ko yorangura mu gihe yokwizerwa n’abarundi bakamutora akaba umukuru w’igihugu ni iyi ikurikira : Ukugarukira imigenderanire myiza hagati y'Uburundi n'amakungu mu…
Imigambi ya Gaston Sindimwo yagenwe n’umugambwe Uprona kugira azowuserukire mu matora y’umukuru w’igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Mu vya politike, yemerera abarundi guteza imbere intwaro rusangi,…
Imigabo n’imigambi nyamukuru ya Evariste Ndayishimiye azokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu ahanini ishimikiye ku gukomeza inzego z'umutekano no kwivuna abansi, gukomeza igisata c'ubutungane, intwaro ibereye,…
Kumbure agatima gatanguye kurebareba. Kumbure utanguye kwibaza uti kubera iki mbega jeho ntogira ivyo abandi bagira. Kumbure nta maragamo ugifise. Utanguye kwifuza kuja kurigata urume uvuye mu ruzi eh mama ngo rwoba…
Mu gihe Big Fizzo abandanya kwidogera ikinyamakuru Jimbere avuga ko bariko baramucafuza mu kumugereranya n’abandi, umwe mu bariko bitoreza kuba umukuru w’igihugu we avuga ko uwo muririmvyi ageze kure mu bijanye n’umuziki. Mu…
Ingingo y'umukuru w'igisagara ca Bujumbura yo kurekurira abunguruza abantu n’ibintu bakoresheje amakinga, amapikipiki hamwe na tukutuku kurengana ibiraro vya Ntahangwa yo haruguru hamwe n’iy’epfo irashimwa cane…
Sat-b ngo uwo yoshira imbere ko yagize ico amufasha mu muziki ngo ni Chany Queen, kuko yamukuye ku nzira amaze igihe arindiriye umuririmvyi ngo amufashe mu ndirimbo ariko akamubura. Mu kiganiro na Ami Pro ku mboneshakure…
David Nduwimana ngo ntiyahagaritse umuziki ariko icabaye nuko yahinduye uburyo akoramwo umuziki gusa, n’ayahandi ibikorwa ngo biracakorwa ukuri kwamye. Mu kiganiro n’imboneshakure yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda, uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.