Abamenyeshamakuru bahamagarigwa gufasha mu gushikiriza amakuru y’ukuri abanyagihugu ku bijanye no kwikingira ikiza ca coronavirus. Ako kamo bagatewe n’umunyamabanga mukuru mu muryango utabara imbabare mu Burundi Croix Rouge.…
Mu gihe intara ya Bururi iheruka guhabwa umusenyeri mushasha atwara Diocese ya Bururi, abarundi batandukanye barakeje uwuheruka kugenwa ngo atware iyo Diocese, uwo nawe s’uyundi ni Mgr Salvator Niciteretse. Mu barundi…
Inyuma y'aho ubushikiranganji bwo kwitaho amagara y'abantu no kurwanya Sida bumenyeshereje ko abantu bane bari baranduye ikiza ca coronavirus ko basubiye kubapima mu nyuma bagasanga barakize, ibitaro vyitiriwe…
Abakenguzamateka basaba ko mu mafaranga Reta izokoresha mu mwaka w'2020 ushira uw'2021 hoshirwamwo amahera azohabwa ubushikiranganji buzoduzwa gukorera ku murwa mukuru wa poritike i Gitega hamwe…
Ubushikiranganji bwo gutwara abantu n’ibintu bumenyesha ko ikibuga c'indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye c’i Bujumbura kibandanya cugaye gushika hafashwe izindi ngingo mu ntumbero yo gukinga ko ikiza Coronavirus…
Alvin Smith ngo abaririmvyi bari bakwiye kumenya ko ubutumwa bwabo bushika kure, nico gituma ubutumwa bujanye n’ukwirinda n’ukwikingira Corona Virus yashimye kubucisha mu ndirimbo. Mu kiyago na Siren Vibe Tv, Alvin yavuze ko…
Nyamate ni umwe mubanyempano bakomeye Uburundi bufise ariko adashimishwa na gato n'uko abarundi bonyene ubwacu aritwe tudaha agaciro gakomeye impano zacu. Abicishije munyandiko akunda gushira ahabona akenshi yanditse…
Inyuma yaho Fortran Bigirimana yerekaniye ko hari igikorwa ariko arakorana n’umunyarwanda Gentil Misigaro nawe asanzwe akora indirimbo zihayagiza Imana, uwo muririmvyi w’umurundi akorera ibikorwa vyiwe mu Bufaransa…
Ijambo Mungu kwanza ryari rigize igihe riboneka ku mbuga ngurukanabumenyi z’umuririmvyi R Flow ryahavuye ribonekamwo indirimbo, iyo ikaba iza gushirwa ahabona kuri uyu wa 16 ndamukiza isaha zitandatu z’umuhingamo ku rubuga…
Mu makuru ya nyuma aherutse gushirwa ahabona ku bijanye n'ikiza Coronavirus aho mu gihugu kibanye ca Congo, ibiharuro vyerekanywe n'uko abarwayi bamaze kumenyekana bagera kuri 241. Abamenyeshwa ko bamaze guhitanwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.