Preeze ngo abamuririmba ngo ntaco biba bitwaye kuko s’aba mbere babikoze, ariko we ngo nta mwanya agira wo kubishura. Ivyo n’ivyo aheruka gushikiriza mu kiganiro aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu. Mu kiganiro na Buja…
Inyuma yaho Esther kamatari amenyeshereje ko ariko akora udufukamunwa tugenewe guhabwa abanya Mali, uwo munyamideri w’umurundikazi akomeye yatanguye gutanga imfashanyo ku bigo bitandukanye vyo muri ico gihugu. Nkuko amakuru…
Mu gihe abitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu uno musi wa mbere igenekerezo rya 27/4 baramutse batangura kwiyamamaza, abazobafasha mu kubamenyekanisha batanguye kumenyekana. Inyuma ya Dr Claude yakoze indirimbo zihayagiza…
Umugabo w'imyaka 55 y’amavuko yaraye agandaguwe n'abagizi ba nabi, mw'ijoro ryo ku wa gatanu buca ari kuwa gatandatu bamusanze ku muhana iwe ku musozi Burambira komine Gashoho intara ya Muyinga. Musitanteri…
Umugwi w’igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH usaba abanyeporitike kudakoresha abana mu bihe vy’imyiyamamazo. Mu nama yari yahuje abagize uwo mugwi hamwe n’abarongoye imigambwe kuri uyu wa kane igenekerezo rya…
Umugwi w'igihugu wigenga ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR, usaba amashirahamwe akunda kwibuka ababo bagandaguwe mu 1972, bagahambwa mu binogo rusangi biri ku mutumba Gisuru ku ruzi Nyambeho muri komine…
Ubushikranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko uwundi muntu yamenyekanye ko yanduye umugera wa Corona inyuma yo gupima abantu 60 babonanye n’abarwayi 5 baherutse gutangazwa n’ubwo…
Ibarabara rya Bubanza - Ndora rica muri zone Kivyuka komine Musigati mu ntara ya Bubanza ntiririko rirahita muri kino gihe. Imvo ni ibihomoka vy’umutumba Gashinge wakorokeye muri ryo bivuye ku mvura nyishi yaguye kuri uyu wa…
Urwaruka rwize ruhamagariwe kwishingira imigambi yabo bisunze ibanki y’urwaruka iherutse kwugururwa i Gitega mu kuja mu gisata co guhingura ivyo bimbuye. Umuyobozi mukuru w’urwego rwa Reta rujejwe amakoperative ANACOOP Oscar…
Umurundi abarizwa ku mugabane wa Amerika neza neza muri amerika y’uburaruko, muri Canada, Patrice Ntafatiro yabwiye mugenziwacu iyo akura ubumenyi ahakurira ku bandi biciye mu biganiro bitandukanye akunze gutanga aha…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.